Microfinance BAHO

Microfinance BAHO Creation d'une microfinance pour soutenir le Gouvernement dans ses efforts de développer la population Burundaise

09/03/2025

WIPFUZA KUVUGANA NA BAHO INVESTMENT:+257 71 64 52 73 (Watsap+Mobile)+257 61 05 46 46 (Watsap+Mobile)

21/08/2024

Banywanyi ba Baho Microfinance,
Muntumbero yo kurindira ko uburyo bukwiye tuburonka kugira twemererwe kuba Microfinance, hafashwe ingingo yo kurondera uburenganzira bwo gukora nka groupement Financier Communautaire kw'izina rya Baho Investment. Iyo GFC yaremewe na BRB ubu turi kukivi.
Kubera yuko igitigiri c'umutahe usabwa gukora nka Microfinance n'abanywanyi bitarakwira twaruguruye imiryango kubanywanyi bashasha bifuza kwifatanya natwe kandi abasanzwe ar'abanywanyi basabwa kongereza igitigiri c'imutahe yiwe.

Murakoze

03/11/2023

Agaciro Media yagendeye Abantu barenga 300 bariko batanguza Microfinance bise barongowe n'umuvigabutwa yabishiki...

31/10/2023

Address

Bujumbura

Telephone

+25776928842

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Microfinance BAHO posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Microfinance BAHO:

Share