27/01/2024
Mwiriwe neza aho muherereye hose nagira ndabatumire ku musi wejo udasanzwe i tariki 28/01/2024 ahazobera urukino rwo kwugurura championnant ya 3 division AFB aho umurwi wa BARCELONA VS UBUMWE bazotana mu mitwe igihe ca 15h zu muhingamo ku kibuga ca CTN. Tubaye turabatumira gushigikira imirwi yanyu mu k***a ku wo munsi w'IMANA murakoze. Official balde 17 🇧🇮❤💪⚽️🤲