Amakuru y'irya nino

Amakuru y'irya nino actualités international

🇮🇷🇺🇸 Ubushikiranganji bw’imigenderanire nayandi makungu bwa Iran buvuga ko intambamyi ikomeye kuruta izindi mu gushika k...
07/06/2026

🇮🇷🇺🇸 Ubushikiranganji bw’imigenderanire nayandi makungu bwa Iran buvuga ko intambamyi ikomeye kuruta izindi mu gushika ku masezerano atari ikibazo c’ivy’ubuhinga bwa nucléaire canke amatungo ya Iran yafatiwe, ahubwo ari uko Amerika ihindagura kenshi ivyiyumviro vyayo.

Umuvugizi w’ubwo bushikiranganji, Esmaeil Baghaei, yavuze ko impande zombi ziguma zihanahana ubutumwa biciye ku bahuza bo muri Pakistan, ariko ko “amajambo avuguruzanya avugwa n’abategetsi batandukanye ba Amerika” ariko atuma ibiganiro bidashoboka gutera imbere neza.

Iran isaba ko amatungo yayo yafatiwe arekurwa kandi ko uburenganzira bwayo bwo gutunganya uranium ku ntumbero z’amahoro bwemerwa.

Bivugwa kandi ko United States iriko irategura gukoresha ayo mahera yafatiwe Iran mu kuriha ibihugu vyo mu Karere ka Golfe ku vyononekaye vyatewe n’ibikorwa vya Iran.

Mu buryo bwemewe, impande zombi ziracariko ziraganira, ariko mu vy’ukuri birasa n’aho ata ntambwe ifatika iriko iraterwa.

Inkomoko: CNN
Umwanditsi: Julie.

⚡️🇷🇺🇺🇦 Nk’uko vyatangajwe na Minisiteri y’Ingabo y’Uburusiya, intumbero z’igitero kinini cakozwe mw’ijoro n’ingabo z’Ubu...
03/02/2026

⚡️🇷🇺🇺🇦 Nk’uko vyatangajwe na Minisiteri y’Ingabo y’Uburusiya, intumbero z’igitero kinini cakozwe mw’ijoro n’ingabo z’Uburusiya ku bikorwaremezo vya gisirikare muri Ukraine zarash*tsweko, kandi ivyo bashaka vyarasenyutse.

⭕️ Ingabo z’Uburusiya zagavye igitero kinini zikoresheje drones n’intwaro zikaze cane zifise ubushobozi bwokurasa kure, zigatera ibikorwaremezo vy’inganda za gisirikare n’iz’amasoko y’inguvu vya Ukraine ;

⭕️ Ingabo z’Uburusiya zagavye ibitero ku bibanza vy’igihe gito vyarimwo imitwe y’ingabo za Ukraine n’abacancuro b’abanyamahanga mu turere 149 ;

⭕️ Ivyo Ukraine yatakaje mu ngabo zayo vyash*tse hafi ku basirikare 1.375 mu musi umwe ;

⭕️ Uburyo bwo kwirwanaho mu kirere bw’Uburusiya bwahanuye drones 99 z’igisirikare ca Ukraine mu musi umwe.

🔊🇷🇺   ku kubuza Uburusiya kwitabira amarushanwa mpuzamahanga 👇« Iyo abakinnyi n’abakinnyikazi b’Abarusiya bashobora kwit...
03/02/2026

🔊🇷🇺 ku kubuza Uburusiya kwitabira amarushanwa mpuzamahanga 👇

« Iyo abakinnyi n’abakinnyikazi b’Abarusiya bashobora kwitabira imikino mu bindi bice vy’isi, vyoba ari ikintu ciza.

Mu vy’ukuri, FIFA ntikwiye na rimwe kubuza igihugu gukina umupira w’amaguru kubera ibikorwa vy’abarongoye igihugu mu vya politike. »

🎙️

🤣🤣🤣 vyabihugu vyiburaya bisa nivyamaze kwishikana musi yibirenge vya  .aba barahejeje kwishikana kubushinwa,Ndaje ndakwe...
03/02/2026

🤣🤣🤣 vyabihugu vyiburaya bisa nivyamaze kwishikana musi yibirenge vya .
aba barahejeje kwishikana kubushinwa,
Ndaje ndakwereke abishikanye mubuhindi nabo. Macron yaratangaje ko abanyaburaya vyob vyiza bagiye gusaba ikigongwe muburusiya

⬇️
▪️ 🇬🇧, Keir Starmer, Jan. 28 - 31, 2026
▪️ 🇫🇮, Petteri Orpo, Jan. 25 - 28, 2026
▪️ 🇨🇦, Mark Carney, Jan. 14 - 17, 2026
▪️ 🇮🇪, Micheal Martin, Jan. 4 - 8, 2026
▪️ 🇰🇷, Lee Jae Myung, Jan. 4 - 7, 2026
▪️ 🇫🇷, Emmanuel Macron, Dec. 3-5, 2025

03/02/2026

Hello, ndagarutse munyitege🔥🔥

 Israel ibaye igihugu cambere cemejeko   ari igihugu cigenga.Iyo Somaliland yiyonkoye kuri ya   tuzi,Irafis idarapo,igis...
29/12/2025


Israel ibaye igihugu cambere cemejeko ari igihugu cigenga.
Iyo Somaliland yiyonkoye kuri ya tuzi,
Irafis idarapo,igisirikare,umukuru wigihugu ariko muri ONU ntikizwi nkigihugu kurya tuvyumva nokuri za Taiwan nokubindi...

Ugerageje kuraba kwikarata Aho iyo Somaliland iri, naho Israel iri wokwibazako atacotuma umuntu agira amakenga kwiryo yemezwa kwa Israel ko Somaliland yofatwa nkigihugu cigenga.

Israel irafis ibihugu yita abasi bayo kiretse Iran, Palestine,Liban, Syria hari kera, wokwongerako ikigihugu kiraseserej cane Israel na Amerika.
Ati wagomvye kuvugiki rero...

Hamwe cobaho nkigihugu cemewe na ONU, Israel yotegerezwa gusaba ikaza gushira ibirindiro vyagisirikare mwico gihugu kugira biyifashe gusambura baba bomuri kowet.
Ntayindi ntumbero nimwe yatumye Israel ibanguka kwemeza Somaliland nkigihugu imbere yisi yose.

Kora ukore niyo service ngusavye gusa.

🇪🇺🇨🇳 Amakimbirane mu bucuruzi hagati y'Ubushinwa n'Ubumwe bw'Uburayi: Beijing Yihora n'Imisoro ku Bikomoka ku Mata y'Ubu...
23/12/2025

🇪🇺🇨🇳 Amakimbirane mu bucuruzi hagati y'Ubushinwa n'Ubumwe bw'Uburayi: Beijing Yihora n'Imisoro ku Bikomoka ku Mata y'Uburaya

Mu kwishura ku vyo bubona ko ari ugutera imbere kw’intambamyi z’ubudandaji bw’Ubumwe bw’Uburayi, Ubushinwa buzoshira mu ngiro ingingo z’igihe gito zo gusubiza inyuma ibifungurwa vy’amata vy’Uburayi guhera ku wa 23 Kigarama.

Ivyo biciro bishasha vyashizweho inyuma y’itohoza ry’intango, bizova kuri 21,9% gushika kuri 42,7%.

🚨 Inkuru idasanzwe! Ambasade ya Amerika mu Rwanda izofunga kw’igenekerezo rya 24 Kigarama 2025, kandi ishobora kwimurirw...
23/12/2025

🚨 Inkuru idasanzwe! Ambasade ya Amerika mu Rwanda izofunga kw’igenekerezo rya 24 Kigarama 2025, kandi ishobora kwimurirwa muri Kenya! 🇺🇸➡️🇰🇪 Hagati aho, abanyarwanda barenga 38.000 bariko bararonderwa cane muri Amerika kubera ngo bakoresha akaranga k'abanyakongo. 😱 Ivyo bintu ntibigenda ataco bihitanye!

🔴  🇷🇺🇪🇺: Visi Perezida w'Inama y'Umutekano y'Uburusiya, Dmitry Medvedev, yateye abarongozi b'Uburayi bashaka "kwiba" itu...
21/12/2025

🔴 🇷🇺🇪🇺: Visi Perezida w'Inama y'Umutekano y'Uburusiya, Dmitry Medvedev, yateye abarongozi b'Uburayi bashaka "kwiba" itunga ry'Uburusiya: "Uwo musaza w'indaya Ursula ntazoheba umugambi wiwe wo gutuma Ubumwe bw'Uburayi busahura Ubutunzi bw'Uburusiya."

🔸Yavuze ati: "Iyo nama yerekanye ko bubaha ubukuru bw'Abanyamerika; kugira ngo ntibagaragare nk'abanyaruyeri batobato, Bruxelles iriko iraguma ifise ikibanza gito. Sly Lucy Macron 🇫🇷 na Merz 🇩🇪 umunyaruyeri batinya kwiba ku mugaragaro uburusiya.

🆘 🇺🇸 🤣🤣 — Trump yavuze ko ibitoro vya Venezuela babimusezeraniye ubu hakaba haciye imyaka 3.000.
21/12/2025

🆘 🇺🇸 🤣🤣 — Trump yavuze ko ibitoro vya Venezuela babimusezeraniye ubu hakaba haciye imyaka 3.000.

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Amakuru y'irya nino posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share