Menya Tv

Menya Tv Menya Tv

Abantu mwagiye gusenga mumfashe kuvuga iri Sengesho!
24/05/2026

Abantu mwagiye gusenga mumfashe kuvuga iri Sengesho!

Abantu mwampenze ngo aka kantu nivoka,Imana Ibababarire!
24/05/2026

Abantu mwampenze ngo aka kantu nivoka,Imana Ibababarire!

Abantu musumvya ubumenyi,Ururusasu rukora muyihe mbunda?
24/05/2026

Abantu musumvya ubumenyi,Ururusasu rukora muyihe mbunda?

Wazalendo hafi ya Rubaya bakaba bahegereje biteguriye guhangana ninyeshamba z'AFC/M23!
24/05/2026

Wazalendo hafi ya Rubaya bakaba bahegereje biteguriye guhangana ninyeshamba z'AFC/M23!

24/05/2026

Nyumvira Nyagxo Ukuntu akwesha umukobwa kuri Gérant wa Banque !

23/05/2026

Aha hantu wewe uramaze guhaca?

Ebola Ikomeje guhitana Abantu Aho hakurya muri Congo canecane mukarere ka Ituri bikaba bivurwa ko arihoza hamaze gupfa A...
23/05/2026

Ebola Ikomeje guhitana Abantu Aho hakurya muri Congo canecane mukarere ka Ituri bikaba bivurwa ko arihoza hamaze gupfa Abantu benshi bahitanywe nuwo mugera,Abantu mukaba musabwa kumera magabo mugihe mwogira ibimenyetso vya Ebola karuguca wihutira kuja kwa muganga hakiri kare !

Word Cup 2026 :CANADA,America & Mexique akaba arivyo bihugu bizokwakira iryo higanwa,Ibihugu bimwe bimwe bikaba vyamaze ...
23/05/2026

Word Cup 2026 :CANADA,America & Mexique akaba arivyo bihugu bizokwakira iryo higanwa,Ibihugu bimwe bimwe bikaba vyamaze gusohora intonde zabakinyi bazifashisha,Inyuma ya Brésil nu Bufarasa,Ubwongereza nabwo bwamaze kwerekana Abakinyi bazotwara mwiryo higanwa ryabagabo !

Lumumba 2 ashobora kutitabira igikombe c'Isi inyuma yaho Ebola Yongeye kwibonekeza Ubundi busha muri Congo,bikaba bivurw...
23/05/2026

Lumumba 2 ashobora kutitabira igikombe c'Isi inyuma yaho Ebola Yongeye kwibonekeza Ubundi busha muri Congo,bikaba bivurwa ko impusha za visa y'America muri Congo zahagaritswe vyagateganyo mukwirinda ko uwo mugera ufata Abanyamerica,Urwo Rukaba aruruhombo Rukomeye kumurwi nserukiragihugu wa Congo Les Léopards hamwe batojana nuwo mufana wabo yanditse amateka muri CAN.

21/05/2026

Aha hantu mumbonera ari hehe?

21/05/2026

Bwabundi aha hantu niheza p*e

Address

Bujumbura
KAMENGE

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Menya Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Menya Tv:

Share