09/05/2026
🛑🇹🇿 Muri Tanzaniya, umugabo yarasambuye inzu yari yarubakiye nyina w’umugore wiwe inyuma y’aho umugore wiwe amusabiye gatanya(Divorce).
👉 Okon Michael yari yarubakiye nyina w’umugore wiwe inzu nziza kugira ngo yerekane urukundo yakunda umugore wiwe. Inyuma y’imyaka ibiri, umugore wiwe yasavye gatanya(Divorce) avuga ko atakibona amahoro muri urwo rugo. Inyuma ya gatanya, uwo mugabo yagiye n’imashini gusambura inzu ya nyokobukwe wiwe.
👉 Mwebwe muvyumva gute? Uwo mugabo yari mw’ikosa canke yari mukuri?