Ukuri kw'idini rya islam n'idini ry'aba kristo

Ukuri kw'idini rya islam n'idini ry'aba kristo Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ukuri kw'idini rya islam n'idini ry'aba kristo, Business service, Nyabitsinda, ruyigi, Bujumbura.

πŸ•‹πŸ•‹βš”οΈβš”οΈLa iraha ila allah Muhammad rasur'allahβš–οΈβš–οΈπŸ—οΈπŸ—οΈπŸ—οΈπŸ—οΈπŸ”‘πŸ”‘πŸ”‘πŸ”‘πŸ”πŸ”πŸ”πŸ”πŸ”“πŸ”’πŸ”“
18/03/2023

πŸ•‹πŸ•‹βš”οΈβš”οΈLa iraha ila allah Muhammad rasur'allahβš–οΈβš–οΈπŸ—οΈπŸ—οΈπŸ—οΈπŸ—οΈπŸ”‘πŸ”‘πŸ”‘πŸ”‘πŸ”πŸ”πŸ”πŸ”πŸ”“πŸ”’πŸ”“

🚨🚨🚨🚨🚨Asalam alaykum iyifoto yateye ubwoba abantu beshi cane πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯❄️Ariko nibabugire nivyo ese wewe ntaco bikubwiye
18/03/2023

🚨🚨🚨🚨🚨Asalam alaykum iyifoto yateye ubwoba abantu beshi cane πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯❄️
Ariko nibabugire nivyo ese wewe ntaco bikubwiye

01/03/2023

Subhanallah
Alhamdul'llah
Allah Akbar

01/03/2023
Huuuuuuhhh!!!!!Β‘!!
01/03/2023

Huuuuuuhhh!!!!!Β‘!!

Woba witeguye kwakira ukwezi kwa ramadhan
01/03/2023

Woba witeguye kwakira ukwezi kwa ramadhan

Umupatiri mukuru akaba ari musenyeri w'ishengero rya katorika mugihugu ca America akaba yavuye mwayo mabanga ahitamwo ku...
01/03/2023

Umupatiri mukuru akaba ari musenyeri w'ishengero rya katorika mugihugu ca America akaba yavuye mwayo mabanga ahitamwo kuba umu Islam hama abeshi bakaba bazazaniwe niyo nkuru ariko niyukuri;jewe nkaba niyumvira ko yahisemwo ukuri kw'idini rya islam ese wewe uvyiyumvirako gute tanga iciyumviro muri commentaire muhezagirwe

01/03/2023

Imana niyo nkuru ibihe vyose

01/03/2023

Ewe allah ukuri kwawe kwamamare allahuma amiin

01/03/2023

Uko niko kuri kwigitabo ca Qur'an nyeranda

Address

Nyabitsinda, Ruyigi
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ukuri kw'idini rya islam n'idini ry'aba kristo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share