20/10/2026
Clébon Jux Izodukiza Top1FxacademyTrader Coeurbon B.O.X Tv
🌅 Mwaramutse neza ba traders ba TOP1FXACADEMY! 📈🔥
Uyu munsi umurongo ngenderwako wacu ni Matayo 7:21 🙏🏽
“Si umuntu wese ambwira ati: Mwami, Mwami, azokwinjira mu Bwami bwo mw’ijuru, ariko uwukora ivyo Data wo mw’ijuru agomba.”
💡 Icigwa kuri twebwe: Mu trading, si ukuvuga ko uri trader gusa, ni ugukora ivyo bisaba: discipline, patience no gukurikiza amategeko yawe.
💪🏽 Ntimucike intege! Ivyo uvuga bigaragazwa n’ivyo ukora. Uyu munsi dukore n’umwete, twubahirize amategeko kandi turinde capital yacu.
Have a blessed and profitable day! 🙏📊
— TOP1FXACADEMY 🎯