02/10/2025
π¨π¨ OFFICIEL π₯ Aba nibo bakinyi bagiye gutorwamwo uwaranze umunsi wa 2 w'ihiganwa rya UEFA Champions League :
β Rasmus Hojlund wa Napoli yatsinze ibitsindo 2 batsinda Sporting (2-1)
β Hauge wa BodΓΈ/Glimt yatsinze ibitsindo 2 wenyene banganya na Tottenham (2-2)
β Erling Haaland wa Manch. City yatsinze ibitsindo 2 banganya na Monaco 2-2
β Kylian MbappΓ© wa Real Madrid yatsinze ibitsindo 3 batsinda Kairat Almaty 5-0
π Ninde kubwawe abereye gutwara kano gashimwe ?