MENYA VYOSE Papias's group

MENYA VYOSE Papias's group Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from MENYA VYOSE Papias's group, Business Center, 69972436, Bujumbura.

Kumenya vyose nivyiza jewe niko ndabibona, nawe?
22/12/2025

Kumenya vyose nivyiza jewe niko ndabibona, nawe?

26/02/2024

uburundi bwacu🌎

🌎🌎ImbonezaπŸ“šπŸ•ž
25/02/2024

🌎🌎ImbonezaπŸ“šπŸ•ž

25/02/2024
🌎🌎🌎❀
25/02/2024

🌎🌎🌎❀

ikirere mbega gikontororwa nabande?πŸŒŽπŸŒŽπŸŒŽπŸŒŽπŸ•žπŸ•ž
05/02/2024

ikirere mbega gikontororwa nabande?πŸŒŽπŸŒŽπŸŒŽπŸŒŽπŸ•žπŸ•ž

🌎🌎🌎🌎isi niy'Umukama kumwe nibiyiriko vyose. ariko yarakunze umwanya wumuntu ica imuha ububasha bwokugaba ibiri kuriyo vy...
01/02/2024

🌎🌎🌎🌎isi niy'Umukama kumwe nibiyiriko vyose.
ariko yarakunze umwanya wumuntu ica imuha ububasha bwokugaba ibiri kuriyo vyose

igiti ningira kamaro:      - kiratanga akayaga,      - kiratanga ivyamwa,      - kiratanga umuti wokwivura,      - kirat...
01/02/2024

igiti ningira kamaro:
- kiratanga akayaga,
- kiratanga ivyamwa,
- kiratanga umuti wokwivura,
- kiratanga inkwi cank amakara vyogucana,
- kiratanga ibikoresho vyokubaka(imbaho, imadiriye, ........
- kiratanga isura nziza aho giteye,
- kirakwenga imvura,
- nibindi vyinsh cane ntadondaguye,.....

Ewe giti ntawokuyaga ivyiza vyawe ngo abimare🌎🌎🌎🌎🌎🌎

πŸ•žπŸ•žumwanya wose uzoguma uruta vyose # # urakaramba
01/02/2024

πŸ•žπŸ•žumwanya wose uzoguma uruta vyose # # urakaramba

06/01/2024

Health/beauty

Address

69972436
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MENYA VYOSE Papias's group posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share