Bilimani Boy

Bilimani Boy Ubumwe ni inkomezi

Happy Birthday to you King Double-jay OnceAgain🎂🎉
03/03/2024

Happy Birthday to you King Double-jay OnceAgain🎂🎉

🔴 Kirikou Akili ati:Mbaza ikibazo ushaka ndakwishura muri commentaire!Nanje ndakubaze harageze ko ndabatamwo Iyindi ?☄️
25/02/2024

🔴 Kirikou Akili ati:

Mbaza ikibazo ushaka ndakwishura muri commentaire!

Nanje ndakubaze harageze ko ndabatamwo Iyindi ?☄️

23/02/2024

Ready by Kirikou Akili on fire🔥🔥🔥🔥 aka kana mugahaye angahe kw’icumi?

30/12/2023

Abantu b’i Ngozi muriteguye?? MUGISHA ari kubatumira muzoze ku bwinshi dushwanyaguze iminsi ni myinshi cane tutaryana ikirori turabakumbuye!!

🛑 Ngwahoooo twebweee!!! Ngwahooo tweeebweee!!!Sinobabesha iyi ndirimbo ni nyinaaaaaaa!!!Abarundi batari bake baramaze gu...
29/12/2023

🛑 Ngwahoooo twebweee!!! Ngwahooo tweeebweee!!!

Sinobabesha iyi ndirimbo ni nyinaaaaaaa!!!
Abarundi batari bake baramaze gukora ama videos bari iburaya ariko Bilimani Boy nayo ni nyinaaaaaaaa😄😄😄 WAIT AND SEE

Ready by Kirikou A Kili coming very soon!!!

Ngoziii…Ngoziiii….Ngoziiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii 📢📢📢📢🚨Muri tayari kwakira Bilimani Boy mwugare mwongere mwugurure umwaka mur...
20/12/2023

Ngoziii…Ngoziiii….Ngoziiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii 📢📢📢📢🚨

Muri tayari kwakira Bilimani Boy mwugare mwongere mwugurure umwaka muri vibe ya danger???? Gahunda niyiiiii!!!

03/11/2023

Abahungu ba Bilimani barahacakiye Belgique 🇧🇪

Witegereje neza iyi shusho ubonamwo nde?
06/10/2023

Witegereje neza iyi shusho ubonamwo nde?

25/08/2023

Ibebi nziza Imana yahezagije uburundi 🇧🇮🇧🇮zirakunda indirimbo NCOKOZA ya JJ OnceAgain (Double-jay OnceAgain) wewe urinde ngo uyanke?? 😂😂 iyi ndirimbo rero burya murazoyitondera irarenze saaaaana 😍😍

Ngwahooooooooooooo NCOKOZA ❤️‍🔥❤️‍🔥
28/07/2023

Ngwahooooooooooooo NCOKOZA ❤️‍🔥❤️‍🔥

Kw’ifoto dufise Double-jay OnceAgain hamwe na John Elarts bariko barakaziya neeza NCOKOZA kugira tuyironke ifise akanove...
27/07/2023

Kw’ifoto dufise Double-jay OnceAgain hamwe na John Elarts bariko barakaziya neeza NCOKOZA kugira tuyironke ifise akanovera kadasanzwe, mukunzi w’umuziki mwiza ja kuri YouTube ya mutama Double Jay OnceAgain ube uragira SUBSCRIBE kuko umwanya numwanya arabatamwoooo!

https://youtube.com/

Address

Bujumbura

Telephone

+25761354200

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bilimani Boy posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Bilimani Boy:

Share

Category