15/11/2023
Kumyaka 25 yawe utambuka utikora,ico wipfuza ntakindi atarukugura jeep V8, umusi wasubije ubwenge kugihe ukabaza nyokorome uko vyagenze kugira aronke V8,
Mwenewacu sinkuciye intege,ariko kuruwomusi nyene uzotahura kufise n'amahirwe make yugutunga matabaro