Berthrand love of God

Berthrand love of God Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Berthrand love of God, Business Center, Bujumbura.

♥️🥰Berthrand love of God
20/05/2026

♥️🥰
Berthrand love of God

Prophet shepherd BushiriBerthrand love of God
18/05/2026

Prophet shepherd Bushiri
Berthrand love of God

Prophète of Joshua Joshua Bujumbura
18/05/2026

Prophète of Joshua Joshua
Bujumbura

🌴🌴🌴
17/05/2026

🌴🌴🌴

Muratumiwe sunday kuri live ya GGC Bujumbura kur facebook na youtube
16/05/2026

Muratumiwe sunday kuri live ya GGC Bujumbura kur facebook na youtube

08/10/2025

Zana link yawe dufolliwingane ariko abantu murindako batangura kubafollowinga nimwe mutevya wewe batangure

Yohana 16 : 33 " Ivyo mbibabwiye, kugira ngo mugire amahoro muri jewe. Mw isi muri n'amarushwa, ariko ni muhumure, jewe ...
05/10/2025

Yohana 16 : 33 " Ivyo mbibabwiye, kugira ngo mugire amahoro muri jewe. Mw isi muri n'amarushwa, ariko ni muhumure, jewe naranesheje"

Shalom ncuti bagenzi bene Data, nari nipfuza kubasangiza gato iri jambo ry'Imana, kuruwo murongo nahereyeko hari information ikomeye Yesu yariko araha abigishwa biwe, yarabwiye ko mw' isi bari n'amarushwa menshi, ibibazo nivyinshi ingorane ninyishi, ati ariko muhumure naranesheje ooh Hallejah.

Ncuti zanje muri kino gihe canyuma kw'isi yose abantu bari mubibazo vyinshi bitandukanye, ahatari intambara hari ubukene nibindi bitandukanye ariko nagira ndakubwire ko ivyo duhura navyo mubuzima Yesu arabizi, azi isi tubayemwo uko imeze, azi nibiduhanze vyose; rero hari ibibazo umuntu yibaza iyo abona yasugerejwe akibaza ati mbega Imana ibi irabibona canke? Nikuki yavyemey? Ni bindi...., Ariko nagira ndakubwire ko atakikubako atakizi ariko yaraduhaye ijambo rikomeye dukwiye kwizera yavuze ati: " ariko ni muhumure, jewe naranesheje"
Nimba Yesu yarivugiye iryo jambo reka turyizere niho tuzoshobora kunesha ibitugwanya.

Hari inkuru iri mu Guharura 21: 1-8 uze kuyisoma neza uraza kubona ko hariho abahisemwo kuraba inzoka imanitswe batitaye kuziriko zirabarya babona gukira, nabandi baguma baraba iziriko zirabarya ntibakira kuko vyanse ko bahanga amaso iyimanitse.

Mugenzi Gumiza amaso kuri Kristo yanesheje urupfu, kura amaso kubibazo raba uwanesheje uzosanga yamisozi itakiri imbere yawe. Ur'umugisha .

03/10/2025
28/08/2025

shalom shalom?

17/03/2025

Mutima wanje, n'iki gitumye wicurikira?
N'iki gitumye umpagararamwo?
Ni wishimire Imana kuko na none nzosubira kuyihimbaza,
Ni yo gakiza ko mu maso hanje, n'Imana yanje.
Zaburi 42:11

Peu importe uko ubuzima busa ubu nyene, ntukwiye kwemera kwicurikira canke guharika umutima kuko ivyo bizana gucika intege no kwihebura; ivyo navyo bicafuza iyerekwa ryawe, bikwaka inkomezi zo kuja hamwe Imana yakwereka.
Ntivyoroshe ariko utegerezwa guhaguruka ubwambere mumutima wawe, kuko niho ubuzima bududubiriza.

Urufunguruzo rukomeye mu kwihagurutsa n'ukwatura amajambo y'ukwizera hamwe nivyizigiro bizima.

Aturana nanje uti:
Uhoraho niwe nkomezi zanje, nshobora vyose.
Mpwemu Yera n'umufasha wanje mwiza, nsinanirwa.
Ngendera hejuru y'imisozi iri imbere yanje,
Intsinzi hamwe n'akamo k'intsinzi nivyo birangwa mumahema yanje,
Vyose bikoraniriza hamwe kunzanira ivyiza,
Namana amahirwe muvyo nkora,
Ndama kandi ndama cane mubinyerekeye mwizina rya Yesu Kristo. AMEN.

Blessing💦

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Berthrand love of God posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share