Velly cizo

Velly cizo artiste musicien burundian

24/10/2023

Ubukene nibwo bwonye
Butuma
W'iyumvira ko amahera wa
Koreye ko uyononye🤣🤣

25/08/2023

Ufise uyundi ayaguha
Igire😜😜
Kuko ayanje mu burundi
Yamaze kugira agaciro🤣🤣

21/08/2023

Abantu baraye bavuye ingozi muri rally
Komutekereje
Musa nabantu bavuye kubatiza🤣🤣

Iwanyu hama ari iwanyu😋😋😋😍😍😍natwe ako twaragaciyemwo mubaze b face..🤣🤣😀😀😂wwe yaravuze no kur micro🎤🎤🎤🎤
19/08/2023

Iwanyu hama ari iwanyu😋😋😋😍😍😍natwe ako twaragaciyemwo mubaze b face..🤣🤣😀😀😂wwe yaravuze no kur micro🎤🎤🎤🎤

Mwubahwe🤔🤔muribazima koko
19/08/2023

Mwubahwe🤔🤔muribazima koko

09/08/2023
08/08/2023

Abantu turi tera iteka🤣🤣🤣

16/07/2023

Edisson kutavuga ejo ko twibwe naba diaspora🤣🤣🤣aba chr bacu bose bari kwa paulin muri party people, basubiye inyuma natwe tuzigira hahandi batatugora🤣🤣😀😀

05/07/2023

Ndakunda imana haraka virgire(.)imana yakoze na shetani yarumiwe yarayibuze iyo nzira kugira azibire biranka😂😂😂😀😀(gupfa)

27/06/2023

Indirimbo ya D ONE ntaciyabaye ejo reka tuyirabe

27/06/2023

Umusazi atari rwawe amara irungu
Ariko
Umusazi wa rwawe atera agahainda

27/06/2023

Na shetani yari yigize ko ashoboye
Me bara mweretse kata shoboye arumu bono

Address

Bujumbura

Telephone

+25776814538

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Velly cizo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Velly cizo:

Share