18/03/2024
Kwizera nigikorwa kidasanzw kubuzima bwabur muntu wes👊ntitwizere ivy tubonesha amaso yacu gusa ahubw twizere nivy tutabona k*k tuziko ndiho ariko akora igikorwa kidasanzw kubuzima bwacu🌺Imana iragukunda knd ikwitayeho knd igufitiye imigambiii mvyiza kubuzima bwawe💕iriho kugira ish*tse icijambo ryayo rivuga k*k yitwa ntihemuka yama iraririye ijambo ryayo kugira irish*tse🍀wew icusabwa nukwizera ukamana ivyizigiro yuko umusi kumusi utera intambwe muvyawe vyose❤❤mwarahezagiwe💕