Isoko Happy - IH

Isoko Happy - IH Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Isoko Happy - IH, Business Center, Bujumbura.

24/07/2026

Ubu rero umuntu azoza aracika intege ntazoze aragira ubwoba aba tailleurs bo kuzishona babonetseāœ…

15/07/2026

Mfise umubanyi ntarariha amahera y'inzu ariko umugore wiwe ariko ateka inkoko
Je ngire nterefone nyenurupangu aze kuraba ivyobintu

15/07/2026

Ntuhebe umuntu aguha 15mil ngo wirukiye kuwuguha 25mil, bagumye Bose 40mil ni menshi harya ubuzima nibiharuro basha🤣

12/07/2026

Umuntu aja kukabare akabwira vƩtƩrinaire ngo urafise umutima ?
Vétérinaire nawe yishimye cane mukwishura ukumva yishuye ngoya!!!🤣

12/07/2026

Nkubu umuntu imyaka amara yiga uko ingana Hama yaheza abuze akazi agaca aba ariyigira igitariyano
Hari ukwiha amahoro gusumbuko?🤣

12/07/2026

Umupfumu yagiye gutembera ahantu abwira abantu baho ati uyumusi ntamvura izakugwa
Ariko yatashe yitwaje umutaka 🤣

12/07/2026

Umupfumu yavuze ko atinya abazimu, abantu baramubaza bati: "None se abo muvugana ni bande?"

12/07/2026

Inshuti ibwira indi iti: Mfite gahunda yo kwiruka buri gitondo.
Indi iti: je iyo gahunda ndayimaranye imyaka itatu

12/07/2026

Umwigisha arabaza abanyeshure: kuberiki mutakoze devoir ?
Abanyeshure barishura ati ww Ivya surprise nyimba atavyo utahura!

12/07/2026

boss yirukankanye umunyezamu ngo azoza ariraririra
Ubu ariko asaba ubufasha ngo mumubwire ikintu yokwicisha imbeba yamwinjiranye!

Address

Bujumbura

Telephone

+25768650582

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Isoko Happy - IH posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share