Magazine Twivuze Mukigo CNIA

Magazine  Twivuze Mukigo CNIA Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Magazine Twivuze Mukigo CNIA, Business Center, Avenue de la victoire, Bujumbura.

*HYPERTENSION ARTÉRIELLE**(IVUMBUKA RY'UMURINDI W'AMARASO MUMITSI NSOZAMARASO)*UBUSHAKASHATSI BWEREKANAKO ABANTU  BARENG...
30/06/2024

*HYPERTENSION ARTÉRIELLE*

*(IVUMBUKA RY'UMURINDI W'AMARASO MUMITSI NSOZAMARASO)*

UBUSHAKASHATSI BWEREKANAKO ABANTU BARENGA 600.000 kw'isi bapfa kumwaka kumwaka bishwe n' *IMVUMBUKA RY'UMURINDI WAMARASO*

*HYPERTENSION NIKI*

Nuryamuvuduko (inguvu) amaraso akoresha muguca mumitsi itwara amaraso uba urengeye umuvuduko usanzwe kandi bikaba umwanya murermure.

*Niryari tuvuga HYPERTENSION?*

Nimugihe uwomuvuduko uri hejuru ya *140mmHg-90mmHg*

Umuvuduko mwiza uba uri hagati ya *90mmHg et 60 mmHg na 120mmHg et 90mmHg*.

Ibipimo biri hejuru yivyo ni *HYPERTENSION*

Ibipimo biri musi yivyo ni *HYPOTENSION*

*IBIMENYETSO*:

# Kwiruka kwumutima
budasiguritse


neza
amaraso mumazuru (umwuna)

umutwe
'ibindi n'ibindi....

*IMIRWI Y'ABANTU BAKARIRWA N'IYINDWARA*:

⭕Abantu barengeje imyaka 50; (facteur âge)

⭕Abantu bafise umuvyibuho urenze (Obésité);

⭕Abantu bihereza inzoga;

⭕Abantu batumura itabi;

⭕Abantu batinonora imitsi;

⭕Abantu bihereza umunyu mwinshi Canke mubisi;

⭕Abantu bamana uruhagarara (stress);

⭕Ibisokuruza vyayirwaye (Hérédité).

*INGARUKAMBI ZA HYPERTENSION*

# INDWARA Y'UMUTIMA

Y'AMAFYIGO

Y'IMITSI

# COMA ivuye kuri AVC ushobora no gupfa (AVC:kubwogusanzara kwamaraso mumutwe bivanye nuko udutsi dutwara amaraso twaturaguritse.)

( Rétinopathie).

*Twibukanye*
*HYPERTENSION* ni indwara kwamuganga idakira ( Maladie chronique) ,uyivuza ubuzima bwawe bwose .

*INYISHU*
kuwumaze kurwara iyo ngwara yokora ibi bikurikira
1.*Gufungura ibirwiriyemwo imboga boga nivyamwa*

2.*yokwirinda gufungura umuntu mwinshi canke amavuta*
3.*yokwirinda kunywa inzoga*

Tubibutse ko ikigo *CMIA* kiriko cakira abantu bafise ingwara ya Hypertension artérielle nizindi zahora zitwa ko zidakira aho cifashishije ubuhinga nubuvuzi bugezweho bwo mukigo *Nano technology* kibavura mugakira burundi
Twandikire
*+257 61833072*

10/05/2024

*NGIYI YA KIT IDASANZWE Y'IMITI ITURUKA MUGIHUGU C'UBUHINDI ITUMA USEZERA INGWARA YA DIABÈTE* *61833072*

*Woba wari warasinzikajwe n'ingwara ya Diabète canke ukaba uzinanye nuwuyirwaye?

Ikigo *CNIA* c'ubuvuzi gituruka mugihugu c'ubuhindi gisanzwe kiriko kivura ingwara zikomakomeye hamwo nka Diabète,cancer,n'izindi..

Kiriko kirakira gipima congera kivura abasanzwe bagendana izo ngwara

1.*MBEGA DIABÈTE NIKI?*

Diabète n'ingwara ituruka kurugero rurenze rwisukari itembera mumaraso y'umuntu icobita (Hyperglycémie) kurugero ruri hejuru ya (0.70-1.10g/L de sang)
ikaba iri ubwoko 2
-Diabète du type1(insilino dépendant)
-Diabète du type2(ou Diabète (non insilino dépendant)

2.*MBEGA NIZIHE NGARUKAMBI ZA DIABÈTE*

Diabète iyo itavuwe ningoga ningwara iri muzambere zihitana abantu benshi cane kwisi.Mucegeranyo vyakozwe nishirahamwe mpuzamakungu(OMS.2019)cerekana ko abantu barenga 1,5Million(1.500.000) bahitanwa ningwara ya Diabète buri mwaka.mungarukambi zikomakomeye za Diabète dusangamwo::

1.ingwara yamafyigo reins (néphropathie)

2.ingwara y'amaso kutabona cank uruhumyi(rétinopathie)

3 ingwara yimitsi(neuropathie)

4.Guturagurika kwudutsi dutwara amaraso les vaisseaux sanguins(artériosclérose)ariho havamwo kuvirirana mubwonko *AVC* Accident vasculaire cérébral bizwi ko ariyo ntandaro yimpfu nyinshi zabarway ba DIABÈTE

3.*UMUGWAYI WA DIABÈTE AKENSHI ACA AFATWA NINGWARA ZIKURIKIRA*

1.*Hypertension artérielle*(ivumbuka ry'umurindi w'amaraso

2.*l'apnee du sommeil*(kubura agatiro)

3.*Disfonctions érectiles et impuissance sexuelle*(kudashobora kurangura amabanga yabubatse
4.ingwara zamaguru nizindi.....

4.*MBEGA TWOKWIRINDA GUTE DIABÈTE*
Diabète yomumurwi wa2 niyo yonyene dushobora kwirinda mugukora sport,kwirinda gufungura canke kunywa ibisosa kurugero rurenze mugihe Diabète du type1 yoyo umuntu ayivukana.

Naho biruko niwaba ugendana ingwara ya Diabète kaze wivuze kandi ukire mukigo c'abahindi *CNIA* Turabapima kandi tukabavura dukoresheje ibikoresho nimiti yokuru

ZANDWARA BAHORA BAVUGA KO ZIDAKIRA, IZINYEGEZA, UKIPIMISHA BAKAZIBURA, BABANDI BIVUJE BIKANKA KUGEZAHO BANDIKIRWA KUJA K...
09/05/2024

ZANDWARA BAHORA BAVUGA KO ZIDAKIRA, IZINYEGEZA, UKIPIMISHA BAKAZIBURA, BABANDI BIVUJE BIKANKA KUGEZAHO BANDIKIRWA KUJA KWIVUZA HANZE Y'IGIHUGU NA CANE CANE *MUBUHINDI*

INKURU NZIZA NUKO IKIGO *NNM&* GIKOMOKA MUBUHINDI KIRIKO GIFASHA MUKUVURA IZONDWARA NAYAMITI YAHORA IBONEKA MUBUHINDI GUSA KIRIKO CAKIRA ABARWAYI BOSE.

MN: MURI *NNM* BARAVURA UGAKIRA BURUNDU, ABAMAZE KUVURWA BARASHINGA INTAHE UBU.

- *TURAGIRA EXAMEN GENERAL*
- *HARIHO IMASHINI IZIBURA IMITSI.*
*. HARIHO machini iturira les cellules mortes, ibivyimba,ikanazibura imitsi*

INDWARA BARIKOBAVURA NI IZI:

1.Kubura uruvyaro baravugwa
2Hypertension
3.Asthme
4.Estomac
5.hemorroïde
6.Amafyigo
7.Kuvyibuha birenze
8.Kubura ubushake mumibonano mpuza bitsina
9.Infection
10.Umusonga
12.HepatiteABC
13.umugongo
14.Kuribwa cane mugihe c'imihango
15.Abariye ishano
16.Amenyo
17.Kurangiza ningoga mumabanga yabubutse
18.guturagurika mungingo
19.kutaja mubutinyanka kurugero rwiza
20.kwuzura inda
21.sinezite
22.kubura amavangingo kubakenyezi canke kugira make
23.cancer
24.kwuma mugitereko
25.kutarangiza kubagabo canke abakenyezi
26.ibivyimba harimwo nivyomugitereko
27.dépression
28.ingwara zifata amenyo
29.intandara
30.kudasinzira
31.kudadarara imitsi
32.goûte
33.Amaso
34.pieds beaux
35.Diabète
36.Bronchite
37.Nerf sciatique
Nizindi.....

⚠️USHAKA KWIVUZA CANKE KUVUZA UWAWE, UCA WIYANDIKISHA KUWUBIJEJWE AGACAGUHA RENDEZ VOUS. KANDI KWIYANDIKISHA NI KUBUNTU.

⛔ NTAWAKIRWA ATASAVYE RENDEZ-VOUS. IYANDIKISHE BAGUHE RENDEZ-VOUS KURI *61833072*

*TURIKO TURATANGA PROMOTION YO KUGIRA CONSULTATION KUBUNTU, URIHA IBIPIMO N'IMITI GUSA*

*BIODISQUE ALPHA SPIN*Kubatazi akokantu kitwa *biodisque*. Rero birazwi nezako *les ondes électromagnétiques* twama muri...
09/05/2024

*BIODISQUE ALPHA SPIN*
Kubatazi akokantu kitwa *biodisque*. Rero birazwi nezako *les ondes électromagnétiques* twama murizo kuko Ubu amajambere yamaze kuza, nibake ubu babayeho badafise:
▪️Téléphone
▪️Radio
▪️Wifi
▪️Les antennes paraboliques, nizindi...
▪️Télévision
▪️Les ordinateurs
¶ Les MP3
¶Les P15
¶Amatara dushira mumazu,...
Eka nibindi vyose bishobora gukoresha izo *ondes*. Abahinga rero ivyobikoresho bavyise *les tueurs silencieux* kuko vyonona amagara yabantu gushikaho umuntu ashobora kugwara:

◾Umutwe udakira
◾Cancer
◾Stérilité
◾Ibivyimba vyo mubwonko ( tumeurs) eka nizindi ngwara nyinshi ziterwa nama *Ondes électromagnétiques* tutokwirigwa turadondagura. Kubwivyo, Ikigo *NANUMA* Cabazaniye appareil yitwa *biodisque* wikingire izo *ondes électromagnétiques* zihora zitwononera amagara yacu .
Gura appareil *Biodisque* twikingire ndetsef tugire amagara meza nakare ba Sokuru barayamaze ngo *Amagara aruta amajana*

*IBINDI VYIZA VYA BIODISK NIBI BIKURIKIRA*

*I.BIODISK ITUMA Ph y'umubiri igira valeur normale 7,40 bigatuma umubiri wose muri rusangi ucukora neza cane ukanagira ubudahangarwa (immunité) bwo kurwanya ingwara nyinshi zitandukanye*

*II.Biodisk ifise ububasha budasanzwe(capacité d'ionisation et de purification)ari nayo mpamvu ikura ubucafu mubinyobwa twihereza mbere ikongeramwo ivyunyunyu tuba dukeneye(sels minéraux zinc,calcium,potassium....)*::
Kwihereza amazi acishijwe kuri Biodisk bivura ingwara nyinshi

*1.ulcères gastriques*(estomac)
*2.les crises de migraines*(umutwe udacika)
*3.ingwara y'amaso yanse gukira*
*4.ibivyimba vyomunda canke vy'inyuma kurukoba*
*5.ibironda canke ibikomere vyanse gukira*
*6.irafasha mukuvura gucika intege nokurangiza vuba iyo muriko murangura amabanga yabubatse muyifise kuko ikingira champs magnétique murimwo ikabongerereza équilibre n'inguvu mwese kandi ntimuruha*
*7.ityorora ibinyobwa(inzoga,fanta ou jus)muba muriko mwihereza ikagabanya alcool yumurengera iba irimwo hamwe nibisukari ikabishira kurugero bitonona

Address

Avenue De La Victoire
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Magazine Twivuze Mukigo CNIA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share