Muhagaze city

Muhagaze  city Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Muhagaze city, Business service, Commune Gishubi, Gitega.

Abari bamuzi  mumubwire iruhukire amahoro. Ni patiri dominiko  yahoze ari patiri mukuru w'inyabiraba.
10/12/2021

Abari bamuzi mumubwire iruhukire amahoro. Ni patiri dominiko yahoze ari patiri mukuru w'inyabiraba.

19/09/2021
19/09/2021
30/08/2021

Ubwizigirwa ni kirumara

30/08/2021

Umutumba wa muhagaze numwe mumitumba igize commune gishubi muntara ya gitega. Numutumba kandi munini , uri mumitumba minini cane igize commune yacu nziza yagishubi . Uhana urubibe nu mutumba yanza ,Munyinya,Mujejuru hamwe na Bucana. Iterambere uko ryifashe : hari coopérative sangwe muhagaze, coopérative yabarondezi bakazi n'ayandi mashirahamwe yo kuziganya non kuguranana. Numutumba mwiza cane eka urahagaze .murahashika namwe mwirabire ivyo vyiza vyaho. Mwoba mwipfuza kuhatembera murahawe ikaze mwirabire isumo ,imisozi myiza kandi hafi yaho hariho ikigabiro co Mukirwa. Murahawe ikaze mwese. Murakoze

Address

Commune Gishubi
Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Muhagaze city posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share