Association Incuti ya bose

Association Incuti ya bose Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Association Incuti ya bose, Business service, Gitega.

17/03/2023

Ishirahamwe risaba ko hakwiye kujaho ugusuzuma ingene amafaranga yagenewe imigambi akoreshwa, hakajaho n'umurwi w'igihugu ugizwe n'abahinga bajejwe kugenzura ibijanye n'ubutunzi bw'Igihugu. Kurikira Faustin NDIKUMANA arongoye PARCEM

17/03/2023

Ishirahamwe FOLUCON-F rirarajwe ishinga n'iduga ry'ibiciro vy'ibifungurwa vya nkenerwa, rigasaba inzego zibijejwe kwicarira ico kibazo kugira umunyagihugu yoroherezwe. Kurikira Gerard HAKIZIMANA arongoye Ishirahamwe (FOLUCON-F) : Force de Lutte Contre le Népotisme et le Favoritisme au

17/03/2023

Uburundi ngo burakeneye Igitabo bita "Programme d'Investissement Public " cerekana ibikorwa Reta itegerezwa gukora ku mwaka hamwe n'amafaranga bizotwara. Ivyo ngo vyofasha gukorera mu muco n'ukurwanya ubunyonyezi. Bishikirizwa na Faustin NDIKUMANA arongoye Ishirahamwe

07/03/2023

Lino G kuva kuri Saint Valentin yambara noir rouge/ kumenyekana bituma bampa ubuzima ntabayeho/

Address

Gitega

Telephone

+25779508450

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Association Incuti ya bose posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share