Futur Rich

Futur Rich Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Futur Rich, Business Center, Gitega.

Welcome to my page dusangira kubona ibogezweho hirya nohino nacane cane m'UBURUNDI🇧🇮
02/02/2026

Welcome to my page dusangira kubona ibogezweho hirya nohino nacane cane m'UBURUNDI🇧🇮

hello Burundian's nashaka kubabwira ukuntu nkunda Kirikou akili Jewe ndamukundira ibintu 3
so Nawe nibingahe ?
Mbe hoba hariho jewe vyondryohera ntarinzi Mbe nawe umukundiriki ?
so jewe ivyo ndamukundira :

1) Ndakunda ukuntu ahantu hose agiye haba muri Afrika no mumakungu ukuntu Misi yose aba afise ibendera ry'igihugu🇧🇮
canke yambaye impuzu zerekana umwambaro w'uburundi🇧🇮

2) Ndakunda ukuntu aririmba neza cane akuramwo Abantu imbeho agacangamukisha abari mu igiteramo

3) Ndakunda ukuntu ategura mukwinjira Kuri stage iyagiye ahantu

est ce que nawe uwomwana w'igihugu 🇧🇮
umukundiriki ?

hello Burundian's nashaka kubabwira ukuntu nkunda Kirikou akili Jewe ndamukundira ibintu 3 so Nawe nibingahe ?Mbe hoba h...
02/02/2026

hello Burundian's nashaka kubabwira ukuntu nkunda Kirikou akili Jewe ndamukundira ibintu 3
so Nawe nibingahe ?
Mbe hoba hariho jewe vyondryohera ntarinzi Mbe nawe umukundiriki ?
so jewe ivyo ndamukundira :

1) Ndakunda ukuntu ahantu hose agiye haba muri Afrika no mumakungu ukuntu Misi yose aba afise ibendera ry'igihugu🇧🇮
canke yambaye impuzu zerekana umwambaro w'uburundi🇧🇮

2) Ndakunda ukuntu aririmba neza cane akuramwo Abantu imbeho agacangamukisha abari mu igiteramo

3) Ndakunda ukuntu ategura mukwinjira Kuri stage iyagiye ahantu

est ce que nawe uwomwana w'igihugu 🇧🇮
umukundiriki ?

02/02/2026

BURUNDI Is big country from happiness 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

05/01/2026

Address

Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Futur Rich posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share