NIFE TV

Directions

NIFE TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from NIFE TV, Business Center, Makamba, Kayogoro.

⚽Intamba zamaze gushika ku kibuga Benjamin Mkapa ahaza kubera urukino ruhuza u   na   igihe c'isaha icenda zo mu Burundi...
16/11/2023

⚽Intamba zamaze gushika ku kibuga Benjamin Mkapa ahaza kubera urukino ruhuza u na igihe c'isaha icenda zo mu Burundi.

Ivyo Birofa Turyame hhhhhh bamwiiiitaaaaa kwinyegeza mwijipoooo
14/11/2023

Ivyo Birofa Turyame hhhhhh bamwiiiitaaaaa kwinyegeza mwijipoooo

Undabire abakobwa bubu nukuri !!!!
13/11/2023

Undabire abakobwa bubu nukuri !!!!

Tuko poa sawaaa
13/11/2023

Tuko poa sawaaa

L'amour inconditionnel hhhhhh
13/11/2023

L'amour inconditionnel hhhhhh

Équipe ya Barcolone irahanzwe n'umu Menyereza wayo Xavi Hernandez nukuri mundabire iyo liste hhhhhh ifise ibibazo vyose,...
12/11/2023

Équipe ya Barcolone irahanzwe n'umu Menyereza wayo Xavi Hernandez nukuri mundabire iyo liste hhhhhh ifise ibibazo vyose, mu butunzi, umumenyereza, hhhhhh

✅ FC BARCELONA yatsinze Umugwi wa Deportivo Alaves ibitsindo 2-1 muri La Liga EA Sports.

FT : FC Barcelona 2-1 Deportivo Alaves

⚽⚽ .Lewandowiski 53' , 78' ( Pen ) ⚽ 1'

✅✅ FC Barcelona yagumye mu kibanza ca 3️⃣ n'amanota 30 mu nkino 1️⃣3️⃣ muri La Liga EA Sports 🇪🇸.

✅✅Guys abafana ba FC Barcelona , nukuri asha Umumenyereza wanyu Xavi Hernandez 🇪🇸 aracanganyikirwa cane kuko nino Match yahatswe kuyinganya bivuye kuri Negligence yiwe muri liste yakoze kuruhande rw'inyuma hamwe no hagati , nimba nawe waravye match uce umpinyuza .

✅✅ Umumenyereza wa FC Barcelona 🇪🇸 gutanguza ni kosa akomeye kandi ugaca ufata Umukinyi nka Joao Cancelo ukamushira kuri 3️⃣ , ivyo nibintu nyabaki yakoze !!!!!! Rero FC Barcelona yatsinze kubera Abakinyi bayo apana kubera Umumenyereza ✅✅🔥

Kora suivre na follow
Félicien la pulga
tv
news

Mes amis DUTWENGA nukuri Bigoye ibaze kwl🛑 Ishirahamwe ryo gutumatumanako Lumitel Burundi ryoba rigiye gutorera inyishu ...
11/11/2023

Mes amis DUTWENGA nukuri Bigoye ibaze kwl

🛑 Ishirahamwe ryo gutumatumanako Lumitel Burundi ryoba rigiye gutorera inyishu ikibazo abanywanyi baryo bafise?

😃Kuri uyu musi wagatandatu Igenekerezo rya 11 munyonyo, abanywanyi bishirahamwe Lumitel burundi akanyamuneza nikenshi kuko baronkejwe uturusho tw'amamega, SMS n'amayinite kubuntu. Umwe mubaronse utwo turusho twaganiriye, yatubwiye ko iyo serivisi yariko irakora nko kwisaha y'indwi 13h, mbere ikaba yongeye irako nko kwisaha y'icenda 15h. Nkuko abandanya kubitwiganira iyo serivisi ngo ije nka nshasha kuko itari isanzwe imenyerewe! Iyo serivisi kugira uyironke uca kuri *100 # hama bakakwereka servisi zose zihatangirwa.

👉Tumaze kwumva iyo nkuru twagerageje kuvyirabira dusanga hariho serivisi nshasha igira 11 handitswe n'impfunyapfunyo y'ururimi rw'icongereza ya (very important person) bisiguye umuntu w'igihagararo kinini. winjiye muri iyo serivisi niho rero uheza ugasanga amanota ahabwa umuntu bivanye n'ingene asanzwe akoresha amayinite ku kwezi. Ayo manota baca baguha uburenganzira bwo kuyavunja mu mamega, ama sms hamwe n'amayinite.

👉Kuri serivisi igira 10 naho handitswe mururimi rw'igifaransa (extension de validité). Winjiye muri iyo serivisi bakwereka kuriha amafaranga 6000fb kugira umurongo wawe uheze uhabwe ikiringo kindi co kubaho. Bisigura ko hagiye kuzoza hararihwa amahera yokugira umurongo ubandanye ukora, atarishwe uhagarikwe.

Kubanywanyi buwo muhora bari bamaze igihe bidoga ko bitagikunda kugura imitekero ya sms, uyu musi bakaba baryohewe n'ico gikorwa, ariko atawuzi ikiringo bizomara, ni mu gihe no kubabikoze, haca umwanya bikanka gusubira gukunda.

Musomyi wacu izi serivisi nshasha muzakiriye gute? Hari agahaze muzibonamwo?

Uwushaka kubona uko zimeze arasho bora kubiraba Ku masanamu ngaha👇


Félicien la pulga

🚨 INCROYABLE ! Lors d'une rencontre de 10e division tchèque, l'arbitre a distribué 1️⃣6️⃣ cartons jaunes 🟨 à tous les jo...
11/11/2023

🚨 INCROYABLE ! Lors d'une rencontre de 10e division tchèque, l'arbitre a distribué 1️⃣6️⃣ cartons jaunes 🟨 à tous les joueurs du TJS Upohlavy. La raison ? Ils ont tous retiré leur maillot pour célébrer la réduction du score (6-1) à la 82e minute. 🤣

On peut dire que l'arbitre a respecté la règle à la lettre. 🫡

‼️Biratangaje kuko vyipfuzwa na bake ‼️👍 Sabbas Nkurunziza Ati jewe kuba umu   ntavyo nkeneye kuko n'abitwa Aba Star bam...
11/11/2023

‼️Biratangaje kuko vyipfuzwa na bake ‼️

👍 Sabbas Nkurunziza Ati jewe kuba umu ntavyo nkeneye kuko n'abitwa Aba Star bamwe barangiza nabi🤷

✍️We Ati ico nipfuza n'ukuba igikoresho c'Imana Data isumba vyose.

✍️Mu majambo yacishije Ku Mbuga ziwe Yagize Ati :"Ndasenga nsaba Imana ngo simbe umwanditsi cank umukinyi wa Film gusa numva nashaka kuba Umwigisha maze nkuzura amajambo avuye kumutima w 'Imana , amajambo Uhoraho yipfuza kuganiriza ubwoko bwiwe.

Kwitwa umu star numva kitoba muvyo noharanira kuko nzi benshi bapfuye batakivugwa ahubwo icompa Imana ikanshoboza guhinduka nkaba ikimenyesto c,ivyiza umwanya nkiri mw'uru rugendo rutuganisha iwacu Mw'ijuru.

Ubuzima nasanze ari urugendo rurangira umuntu wese apfuye aho urupfu ruhabwa ubushobozi bw'igikorwa canyuma co guca impwemu ,umutima ugaharika gutera. Bisigura ngo twese tuzopfa.

Icampa nkazopfa urupfu rwabagororotsi abankunda mwame munsengera mbe igikoresho ciza gishimwa na Data.
Yambu Mana.

🤷Mbega nawe Aya majambo hari ico akwigisha⁉️

Nella Wema
Wema Entertainment

🛑 Inyuma yo guhagarika uburusho bwatangwa ku banyeshure, ishirahamwe  Lumitel Burundi ryarahagaritse uburusho bwahora bu...
11/11/2023

🛑 Inyuma yo guhagarika uburusho bwatangwa ku banyeshure, ishirahamwe Lumitel Burundi ryarahagaritse uburusho bwahora butanrwa ku banywanyi baryo.

Nkuko tuvyiganirwa n'umunyeshure wo muri kaminuza yahora aronka uturusho mug gihe acishijemwo ikarata y'amayinite, agira ati: kare ucishijemwo ikarata ya 2000fb, wararonka interineti ya mamega 500, kwandika ubutumwa 200, hamwe na Facebook ukayikoresha ukwezi kwose. Munyuma barakuye Facebook, baca basigara batanga amamega 500 gusa. Muri kuno kwezi kwa munyonyo niho nayo mamega yahagarikwa. Ubu ntibigikunda.

Kubahora bakoresha imihora ya 5.000fb na 10.000fb yari yiswe na nabonyene bahora bagura amayinite bagaheza bakaronka uburusho butandukanye bwa interineti n'ubutumwa bwo kuganira, navyo uku kwezi kwa munyonyo vyarahagaritswe n'iryo shirahamwe.

Tubajije muri Lumitel Burundi, bavuga ko ubwo burusho bwabaye burahagarikwa. Ariko ntibatomora neza ko bwahagaze Burundu, nuko buzosubira gukora. Bagira bati:« busubiye gukora abanywanyi bazobimenyeshwa.»

Abanywanyi bahora baronswa utwo turusho, bobo ntacizere bafise ko bwogaruka. Bagira bati:«iryo shirahamwe muguhagarika utwo turusho, ntabwo bigeze batumenyesha ko vyahagaze! Ntacizere rero dufise ko vyosubira gukora.»

Ibintu bikaba biri ukwo, mu gihe haheze igihe kitari gito, abanywanyi b'iryo shirahamwe bamaze igihe kitari gito baryidogera kuba ryaradugije ibiciro vya interineti, riheza rikura imitekero yari isanzwe ifasha abantu kuganira. Kuva impinduka zihabaye, nubu ku mitekero imwimwe bandika ko «système iriko irashirwa ku gihe!»

Mbe iyo système izoheza gushirwa ku gihe ryari? Umunywanyi w'iryo shirahamwe mubona afashwe gute? hokorwa iki kugira asubire yiyumve?

Ehe ! None bazanye client vip nukuri hhhhhh


.

Address

Makamba
Kayogoro

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when NIFE TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share