22/11/2024
DPE MAKAMBA: Uno musi kuwa 22/11/2024 niho hahimbazwa umusi mpuzamakungu wahari umwigisha kucivugo: "Duhe agaciro umwuga w'ubwigisha"
Uwo musi ukaba wahimbarijwe muri komine makamba, abanyacubahiro benshi harimwo buramatari wa makamba hamwe na musitanteri bari bateye iteka ivyo birori