ChriGra€€

ChriGra€€ Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from ChriGra€€, Business Center, bugalegratien@gmail. com, Muhuta.

02/09/2024
12/08/2024

⛽ "Uno munsi ca mbere ivyo ari vyo vyose baragipakurura, twiguriye iyo gihingurirwa. Kandi ndazi turafise ubwato butatu buri mu nzira"
-----------------------
👆🏾Ivyo vyashikirijwe na Evariste Ndayishimiye, aho kuri uyu wa 12 Myandagaro 2024 ariko arifatanya n'abenegihugu bo muri zone mu gisagara ca , mu bikorwa rusangi kw'ibarabara rya mbere

🎙️ Yagize ati: "Igitoro burya abantu baduhatira kuzoza turagura, mugabo igitoro ingene kigurwa, cama kirihwa n'imiburiburi inyuma y'amezi 3 twakinyoye. Mugabo twebwe kubera bamenyereye kwiba, kurya amahera y'igihugu, bavuga ngo oya, ngo gura Cash. Harya twasanze duhomba amahera angana n'ibice 36%"

⛽ Abandanya ati: "Igitoro ku kwezi, Reta itanga miriyoni 30 z'amadorari. Mugabo ndababwire igitoro kiza nti kirenza amadorari imiriyoni 20, ayandi yose aribwa n'abaranzi (abakomisiyonere). Ni co gituma uzobona baguma batoba ngo ntituje kukigurira iyo gihingurirwa (kuri raffinerie"), bashaka ko tukigura cash. Burya ntagitoro dukenye."

📌 "Ingorane ni abantu b'intovyi ngaha mu nyene. Mugabo turiko turabakenyura, none twogira gute? Ni abajanja natwe urumva dutegerezwa kugira umukenyuro. Kandi nagira ndababwire, nibaza ko uno munsi igitoro ca mbere ivyo ari vyo vyose baragipakurura twiguriye kuri raffinerie. Kandi ndazi yuko dufise ubwato butatu buri mu nzira"

🎤 Arangiza agira ati: "Iyo ntakenyura, ndazi yuko ababitoba buzuye, bari ngaha turagendana, kandi ababitoba turazinanye."

12/08/2024

⛏️⚒️Musaga baraye ntibuca kugira bavyukire muri wa Mugambi wa Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu wo gusukura igisagara ari naho Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yakoreye ivyo bikorwa.

🤷🏽‍♂️ Aho urereye dusangize uko bimeze..

ntituvyirengagizee twes tuzob tur kur ecran🙏🙏💕💪💯😄🤭
10/08/2024

ntituvyirengagizee twes tuzob tur kur ecran🙏🙏💕💪💯😄🤭

ash nihatari kbsa
06/08/2024

ash nihatari kbsa

🐄 Uwujejwe umutekano yarahagaritswe Kuri uyu wa 05/08/2024 inyuma yo kurasa inka 7 ku mutumba muri komine

📌 Nk'uko amakuru atangwa n'abenegihugu akemezwa n'abajejwe intwaro abivuga, ngo hari nk'igihe c'isaha icenda z'ijoro ( 3 h) ku wa 04/08/2024 aho umuporisi yarasanzwe acungera umutekano ku mutumba Mubuga komine Gitega yarasa inka 7 zariko zerekeza mw'isoko yo ku ku mutumba komine Gitega 3 muri zo zaciye zihasiga ubuzima nayo 4 zirakomereka

⚰️ Abajejwe intwaro barikumwe n'abajejwe umutekano hamwe n'abajejwe ubworozi mu ntara ya Gitega baciye bafata ingingo yo kuzihamba kuri uyu wa 05/08/2024, baca bagenda batwaye n'uwo mu porisi yazirashe mu gasho

🥩 Izo nka zine zari zakomeretse, zaciye zibarwa zigurishwa inyama

🤷🏿‍♂️ Abenegihugu bo kuri uyo mutumba bamenyesha ko bimenyerewe ko inka zo ku mitumba ihana urubibe n'uwo mutumba zikunze kugenda ijoro zigiye kugurishwa muri iyo soko, ariko nyene gukora ico kibi ngo yari yirirwanye inyifato itari nziza bataramenya ico yaturutseko

🤔 Ku kibazo c'icatumye izo 3 zihambwa, mu Buyobozi bw' , n' i Gitega bamenyesha ko zari zononekaye kuko zari zimaze umusi wose zipfuye

ash urayikwiy kbx💯💯💯💪💪💪✔️✔️✔️
04/08/2024

ash urayikwiy kbx💯💯💯💪💪💪✔️✔️✔️

vraiment courage
04/08/2024

vraiment courage

vraiment gukorer imana ushavuy 🎸🎸💯🙏💪😝
04/08/2024

vraiment gukorer imana ushavuy 🎸🎸💯🙏💪😝

uy mu musicien mubon afis impano vyukuri💪💪🤪💪🤪💯🎸🎸🎸
04/08/2024

uy mu musicien mubon afis impano vyukuri💪💪🤪💪🤪💯🎸🎸🎸

04/08/2024

Address

Bugalegratien@gmail. Com
Muhuta

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ChriGra€€ posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share