22/05/2026
MABASE CUP ๐
Ryahiganwa twari turoreranye igishika mwizone yacu nziza ya mukungu
Isango ryageze
Urukino rwo kwugurura akaba ari
Itarike 30.05.2026
Hakazokwugurura : MUKUNGU FC VS FOUDRE NOIR FC