Joël Burundi

Joël Burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Joël Burundi, Business service, Buja, Ngozi.

Kumurimo
14/03/2026

Kumurimo

22/02/2026

Dodooodoooooore

« L’être humain vient au monde avec un cœur pur, mais la société façonne son caractère. »Follow  me
12/02/2026

« L’être humain vient au monde avec un cœur pur, mais la société façonne son caractère. »

Follow me

09/02/2026
Only God
09/01/2026

Only God

⏺️ Inzego nshasha zigiye gufata mu ntoke ikawa, zibwirizwa kwisunga ibi bintu 5📃 Prezida Evariste Ndayishimiye aherutse ...
17/05/2024

⏺️ Inzego nshasha zigiye gufata mu ntoke ikawa, zibwirizwa kwisunga ibi bintu 5

📃 Prezida Evariste Ndayishimiye aherutse kugena inzego nshasha z'ikigo Odeca, kijejwe ivy'ikawa. Léonard Kayobera yahora arirongoye, yasubiriwe na Jean de Dieu Niyindabira.

👌🏾Iryo genwa risa n'iryakwirikiranye n'ivyo umukuru w'igihugu yari yashikirije, ko hibonekeza ubunyonyezi bukorwa n'abafise mu ntoke ikawa.

Mu ntumbero yo kunagura igisata c'ikawa, ng'izi ingingo zitanu, umushikiranganji mu vyo ajejwe harimwo uburimyi yahaye bashasha bagiye kuramutswa ico kigo, hari ejo hahise hariko haba kubisikanya : 👇🏾

1⃣ Imbere y'itariki 17 Rusama, amatonorero yose asabwa gutanga mu kigo Odeca impapuro zerekana inomero y'itonorero, amategeko ariranga, igitabo ndangamudandaza, n'ibindi bibaranga ;

2⃣ Bazotegerezwa gutanga icemeza ko abarimyi b'ikawa bazohabwa amahera yabo bisunze igiciro cashinzwe na Reta. Abajejwe intwaro bategerezwa kugenzura ko umwimbu w'ikawa utarenga akarere bajejewe karimwo itonorero ;

3⃣ Odeca isabwa kumenyesha abajejwe amatonorero igihe cose hategekanijwe igurishwa, kugira bashireko ibimenyetso biranga aho yakorewe ;

4⃣ Babwirizwa gutanga umwimbu w'ikawa umaze kwegeranywa mu mwaka w'2024 ushira 2025. Basabwa kandi gutanga hatarenze mu ndwi imwe icegeranyo cerekana ikawa itagurishijwe mu muzi 6 aheze, n'uwumaze kugurishwa, berekane umuguzi n'aho yawujanye ;

5⃣ Uwuzofatwa ariko aregeranya umwimbu atari ku rutonde rwemerewe n'umugwi washizweho n'umukuru w'igihugu, azofatwa nk'uwuriko akora "fraude". Kandi birabujijwe ko itonorero ryubatswe vuba canke ririko rirubakwa ryegeranya imwimbu.

🎤 Uwufise ico aterera kuri izo ngingo, kaze
Joël Burundi

13/04/2024

Amashimwe by Étoile du matin SDA Gicaca

Address

Buja
Ngozi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Joël Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share