04/11/2025
mubitekerezo💍
in mind💍
#..Bagues...💍
Karaye kabaye Aho muri Eden habereye ubukwe bugira 2 bwa Chance na Ira🤵👸. Baciye agahigo meberanya kuzokwamana hafi mubibi no muvyiza ndetse umwe akitangira uwundi mubibazo🌧️🔥
Burya Koko Niko bizogenda???🤨
ukwasa Niko nurukundo gwiwe rushashagirana❤️ Nyimba wari wamuyobewe bamwita Chance kuva mur Feu rouge 🚦