12/08/2023
IYO BAVUZE HALY LOUP🐻🐻
Abantu bavyumva ugutandukanye
1. Abagore bumva Tik Tok ♋
2. Abagabo bumva parcelles🏢🏩🏨🏧
3. Aba chauffeur bumva essences⛽⛽
4. Abana bumva isukari 🍶
5 abajeune bumva megachat📱
6 abatama bumva ikawa ☕
7 abarimyi bumva imvura⛈️⛈️
8 Abakene bumva ideni 💵
9 abaririmvyi bumva hit 💥
10 nawe wumva iki ????.