Makaba Iwacu Commune & Province Ngozi News

Makaba Iwacu Commune & Province Ngozi News Gukunda i Zone yacu nziza ya Makaba nivyo bituranga
Imvukira za Zone yacu nziza ya MAKABA aho turi hose twubahwe

C'est la vérite
08/02/2024

C'est la vérite

Nivyo!!!!!!!
08/02/2024

Nivyo!!!!!!!

04/02/2024

Twiteho ivyacu!!!

Uwubona harico ashoboye avuge ati: Hanzapu

01/01/2024

Happy new year kuri mwese mudukurikira nabakunda iyi page!!!!!¡

08/12/2023

Gusakisha

08/12/2023

Tuyisenge Frédéric aripfuza cane umuntu yomuhuza na Esperance hamwe nuwitwa Jerome bose akaba ari abigisha.

Akaba yaheruka Esperance yigisha kuri Ep Makaba ubu ikaba yitwa Ecofond Makaba hama Jerome akaba yari directeur kuri Ep Mbaba ubu akaba ari Ecofond Mbaba.

Agasaba uwoba ari hafi kandi amuzi ko yomufasha akamuhuza nabo bantu babiri bari twavuze hejuru.

Uwomumenya yorondera kuri iyi numero: 65774246 canke mutwandikire kuri ino page ya &ProvinceNgozi .

Muhezagirwe!!!

11/04/2022

Amahoro mwese aho muhereye hama twese abavuka commune Ngozi tuvuge ngo NGZ mur commentaire

Mahoro mwese uwipfuza kwinjira ambwire mugabo bisaba uba uvuka Muri Zone MAKABA .Ca inbox umbaze nkusobanurireNuméro ni:...
09/02/2022

Mahoro mwese uwipfuza kwinjira ambwire mugabo bisaba uba uvuka Muri Zone MAKABA .

Ca inbox umbaze nkusobanurire

Numéro ni: +25762221636 (sms,call and whatsapp)

Address

Ngozi

Telephone

+25762221636

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Makaba Iwacu Commune & Province Ngozi News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Makaba Iwacu Commune & Province Ngozi News:

Share