CERAJI.Company

CERAJI.Company Centre de Rayonnement des Jeunes Innovateurs.

09/10/2023

CERAJI.Company turahari kubwanyu. Nimba ufise umugambi ugomba ko tugufasha kuwutumbereza kugira PAEEJ ikwihere akanoti ko kuwurangura ; twiture. Umviriza kino kiganiro uko vyose bigenda uravyumva.
Ngiyo numero ya Nsengiyumva Michel arongoye CERAJI
+25768003022 canke Kuri email [email protected]

  ni ndera agakuraIkigo   Kiri mu bigo vyashigikigikiwe n'umugambi PAEEJ. Aho bigeze, CERAJI yamaze kuba umu fatanyabiko...
26/09/2023

ni ndera agakura

Ikigo Kiri mu bigo vyashigikigikiwe n'umugambi PAEEJ. Aho bigeze, CERAJI yamaze kuba umu fatanyabikorwa wa PAEEJ mugutanga inyigisho Ku rundi rwaruka rushigikiwe na PAEEJ mubijanye no gutunganya neza imigambi n'amashirahamwe yarwo.

Ni muri iyo ntumbero kuva kuri uyu wa mbere abahinga 18 ba CERAJI bashwaye muma commune 18 agize intara za KAYANZA na Ngozi kugira ngo bakarihirize ubumenyi urwaruka ruserukira urundi kubijanye no gutunganya neza amashirahamwe n'imigambi yarwo. Izo nyigisho nkarisha bwenge zikazomara imisi itatu.
Ikigo CERAJI n'umugambi PAEEJ, turi kumwe twese birashoka.

Kuri uyo wa kane niho hugururwa mu gisagara ca Bujumbura ihuriro ry'urwaruka ryatunganijwe n'ikigo PAEEJIryo huriro ryat...
22/09/2023

Kuri uyo wa kane niho hugururwa mu gisagara ca Bujumbura ihuriro ry'urwaruka ryatunganijwe n'ikigo PAEEJ

Iryo huriro ryatewe iteka n'icegera c'umukuru w'igihugu Prosper Bazombanza.
Mw'ijambo ryiwe yasavye urwaruka kuba Koko inkingi z'iyerambere, gutyo bafashe mu gushira mu ngiro imbona kazoza y'umukuru w'igihugu mu bijanye n'iyerambere.

Akaba yababwiyeyeko bafise uruhara runini mw'ishirwa mungiro ry'umugambwi w'ukwo kugera mu mwaka 2040 tuzoba dufise igihugu cigaba kikigaburira nayo mu mwaka w'2060 kizobe ari igihugu giteye imbere

Ufise umugambi ,
uragomba ko PAEEJ iguha ingurane ariko ntubona uko vyogenda? Iture CERAJI ikigo gifasha urwaruka guhinyanyura neza imigambi.
__________________________
Ikigo CERAJI (Centre de Rayonnement des Jeunes Innovateurs) barafasha urwaruka gutumbereza no gukora neza imigambi itomoye ishobora kubafasha gusaba ingurane muri BIJE,PAEEJ ,BIDF ,kurungika imigambi muri PAEEJ .

Ikigo kandi kirafasha urwaruka n'abandi Bose bavyipfuza gutanga inyigisho zo gukora imigambi hamwe no gutunganya amashirahamwe n'amakoperative

Akabirya barabanza bakakwumviriza bakagufasha gutumbereza umugambi wawe.
Ubakeneye ubasanga mu gisagara ca Q.kinyami kw'ibarabara ryitiriwe no 13 canke ubakure Kuri + 257 68 003 022 canke Kuri email [email protected]
Ubakuye bashobora kandi kugusanga Aho uba uri hose mu gihugu.

Ikigo CERAJI kukivi_____________________Abahinga 12 b'ico kigo, uyu musi niho basozera inyigisho z'imisi itatu zari zima...
20/09/2023

Ikigo CERAJI kukivi
_____________________
Abahinga 12 b'ico kigo, uyu musi niho basozera inyigisho z'imisi itatu zari zimaze imisi itatu zibera muma komine 12 agize intara za Ruyigi na Cankuzo.

Izo nyigisho zatunganijwe n'umugambi PAEEJ ku rwaruka rwo ku mitumba ruheruka gushigikirwa na PAEEJ.
Tworangiza tubibutsa ko ikigo CERAJI ari kimwe mu bigo vy'urwaruka caramuwe na PAEEJ biciye muri concours ya mbere. Gisanzwe gifise icicaro mu gisagara ca Ngozi, Q. Kinyami, avenue Ku mugumya n°13.

Michel NSENGIYUMVA, umuyobozi w'ico kigo arashimira umugambi PAEEJ k'ukuntu bahisemwo kwizera CERAJI ngo ikarihirize ubumenyi urwaruka mu kwitunganiriza imigambi no gutunganya amashirahamwe yarwo neza.

Ufise umugambi ,uragomba ko PAEEJ iguha ingurane ariko ntubona uko vyogenda? Iture CERAJI ikigo gifasha urwaruka guhinya...
19/09/2023

Ufise umugambi ,
uragomba ko PAEEJ iguha ingurane ariko ntubona uko vyogenda? Iture CERAJI ikigo gifasha urwaruka guhinyanyura neza imigambi.
__________________________
Ikigo CERAJI (Centre de Rayonnement des Jeunes Innovateurs) barafasha urwaruka gutumbereza no gukora neza imigambi itomoye ishobora kubafasha gusaba ingurane muri BIJE,PAEEJ ,BIDF ,kurungika imigambi muri PAEEJ .

Ikigo kandi kirafasha urwaruka n'abandi Bose bavyipfuza gutanga inyigisho zo gukora imigambi hamwe no gutunganya amashirahamwe n'amakoperative

Akabirya barabanza bakakwumviriza bakagufasha gutumbereza umugambi wawe.
Ubakeneye ubasanga mu gisagara ca Q.kinyami kw'ibarabara ryitiriwe no 13 canke ubakure Kuri + 257 68 003 022 canke Kuri email [email protected]
Ubakuye bashobora kandi kugusanga Aho uba uri hose mu gihugu.

Inyuma yinama yagirishije abakuru mu nzego zijejwe umutekano no kwivuna abansi ikabera mu Ntara ya , umukuru w'Igihugu E...
16/04/2023

Inyuma yinama yagirishije abakuru mu nzego zijejwe umutekano no kwivuna abansi ikabera mu Ntara ya , umukuru w'Igihugu Evariste_NDAYISHIMIYE yifadikanije n'abanywanyi b'ishirahamwe bo Ku mutumba na komine cankuzo mu bikorwa vyo kwimbura ibigori aho biteze kwimbura itoni zibiri n'igice . Yasozerereye ibikorwa Ku mutukura muri iyo komine nyene aho yagendeye ahari umurima wa hegitari 8 utewemwo ikawa ukaba wegukira abasirikare bo mw'ikambi ya mutukura.

  :Inkuru nziza  Ku rwaruka rufise Imigambi yo kwiteza imbere.Ikigo CERAJI (Centre de Rayonnement des Jeunes Innovateurs...
10/04/2023

:Inkuru nziza Ku rwaruka rufise Imigambi yo kwiteza imbere.

Ikigo CERAJI (Centre de Rayonnement des Jeunes Innovateurs) barafasha urwaruka gutumbereza no gukora neza imigambi itomoye ishobora kubafasha gusaba ingurane muri BIJE,PAEEJ ,BIDF ,kurungika imigambi muri PAEEJ .

Ikigo kandi kirafasha urwaruka n'abandi Bose bavyipfuza gutanga inyigisho zo gukora imigambi hamwe no gutunganya amashirahamwe n'amakoperative

Akabirya barabanza bakakwumviriza bakagufasha gutumbereza umugambi wawe.
Ubakeneye ubasanga mu gisagara ca Q.kinyami kw'ibarabara ryitiriwe no 13 canke ubakure Kuri + 257 68 003 022 canke Kuri email [email protected]
Ubakuye bashobora kandi kugusanga Aho uba uri hose mu gihugu.

🔰 Hatanguye kuva kuri uyu wa 22 gushika ku wa 23 Ruhuhuma 2023 i   uruganda  rwo kwemeza integuro z'inyigisho ku rwaruka...
22/02/2023

🔰 Hatanguye kuva kuri uyu wa 22 gushika ku wa 23 Ruhuhuma 2023 i uruganda rwo kwemeza integuro z'inyigisho ku rwaruka rufashwe mu mugongo n'umugambi
-----------------------------
📌 Urwo ruganda rwatunganijwe n'umugambi Paeej-Burundi ku bahinga baserukira ibisata bitandukanye mu gisata c'uburimyi n'ubworozi hamwe n'abaserukira abandi mu mashirahamwe y'urwaruka

✍🏾 Izo nteguro z'inyigisho zigizwe ahanini n'inyigisho ku buhinga bw'ukurima kijambere ibiterwa nk'ibiraya n'ibigori, inyigisho ku buhinga bw'ukorora kijambere, inkoko, ingurube, udukwavu, inyigisho ku buhinga bwo kurima ibiterwa bibana no gukurakuranya ibiterwa, hamwe n'inyigisho ku buhinga bw'uguhingura umwimbu ngo ntiwononekare

🔹 Izo nteguro z'inyigisho nk'uko bivugwa na Hassan Kibeya arongoye igisata c'imigambi muri PAEEJ zizofasha mu gukarihiriza ubwenge urwaruka hamwe no gukwiragiza ubumenyi mu gihugu cose

📌 Umugambi PAEEJ rero ngo ntiwihutira gutanga ingurane ku rwaruka ahubwo ubanza kubaha inyigisho kugira bazoshobore kurangura neza imigambi yabo babone kuronka umwimbu

NB: ICERAJI.Companympany tugufashe kwandika umugambi wawe bakwihere inoti ubone kurangura umugambi wawe.
Numéro : 68 00 30 22

18/02/2023

CERAJI.Company turahari ku bwanyu

Address

Ngozi/Bureau Provincial
Ngozi

Telephone

+25768003022

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when CERAJI.Company posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to CERAJI.Company:

Share