AgoMan Company

AgoMan Company Agomani est centre d'affaires dans le cadre de la promotion intégrale de la vie humaine

  Amwe mu mafoto yaranze Festival Ncira umugani sogoku. Turashimiye abitavye urubanza hamwe n'abagize ico baterereye mu ...
24/09/2025

Amwe mu mafoto yaranze Festival Ncira umugani sogoku. Turashimiye abitavye urubanza hamwe n'abagize ico baterereye mu buryo ubu canke buriya.
Université de Ngozi
Institute for Economics and Enterprises
Mashariki TV
Agora Tv

  Scroll and have a look at some highlighted pictures marking the peace discussion forum on Friday 25.Université de Ngoz...
26/10/2024

Scroll and have a look at some highlighted pictures marking the peace discussion forum on Friday 25.
Université de Ngozi
Institute for Economics and Enterprises

  We are thrilled to welcome you on the Friday's Peace Discussions Forum. The topic is about  .
23/10/2024

We are thrilled to welcome you on the Friday's Peace Discussions Forum. The topic is about .

10/09/2024
  Sosiyete Agomani Company ifashe nako kanya kugira ngo ikengurukire cane abantu bitabirihe igiteramo    co kuri uwo wa ...
10/09/2024

Sosiyete Agomani Company ifashe nako kanya kugira ngo ikengurukire cane abantu bitabirihe igiteramo co kuri uwo wa Gatanu uheze. Ni kandi akaryo keza ko abafashe mu mugongo soyiteye ( amashirahamwe, amasosiyete be n'abigenga) kugira ngo ico giteramwo gishoboke.
Mashariki TV
Agora Tv
Institute for Economics and Enterprises




05/09/2024

Bantu b'i Ngozi, murahawe ikaze muri ico giteramo bise , ni ejo aho bukera kuwa Gatanu, ku mugoroba.

  Ntiribacike!
25/06/2024

Ntiribacike!

Call for Application ---------------------------------    Among other services we offer,   is at the menu. In this field...
24/06/2024

Call for Application
---------------------------------
Among other services we offer, is at the menu. In this field, we are going to call for submission of short stories in (Burundian mother tongue).
✅ Short-listed candidates will be invited for a broad on storytelling. And their stories will be published on this platform.

✅ We are going to receive a 2 page text of (maximum) including three elements:
- Description
- Narrative
- Dialogue
✅ The texts will be sent on mail:
[email protected]

🟥 Deadline: July 18th, 2024

♦️For more details, contact us on:
+257 69 085 957

Ihiganwa ryo Kwandika
------------------------------------

Muvyo dukora harimwo kwandika no gushira ku rubuga twigisha ( ), nk'uko mubibona kuri ico gicapo.
Dutumiriye rero abafise ivyo banditse canke bipfuza kwandika mu rurimi rw' kubiturungikira.

✅ Abo ibisomwa vyabo bizoshimwa bazoca baronswa zagutse zijanye no kwandika ibisomwa bigufi bigufi. Hanyuma, inkuru zabo zizoce zishirwa kuri runo rubuga.

✅ Tuzokwakira inkuru itarenza zibiri. Iyo nkuru ikazoba irimwo ibi bikurikira:
- Kwerekana neza ivyo urabisha amaso canke wumva
- Urukurikirane rw'inkuru
- Ikiganiro hagati y'abo inkuru yega

✅Ico gisomwa kizorungikwa kuri mail:
[email protected]
🟥Ikiringo ntarengwa ni itariki 18 Makakaro 2024
♦️Ari ico mubaza mwohamagara kuri:
+257 69 085 957

  Agomani Hub is engaged in promoting different sectors as highlighted on the flyer. You are warmly welcome to enjoy any...
24/06/2024

Agomani Hub is engaged in promoting different sectors as highlighted on the flyer.
You are warmly welcome to enjoy any service of your choice as shown at the bottom.

Address

Ngozi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when AgoMan Company posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share