Kinani bwoy

Kinani bwoy Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Kinani bwoy, Business service, Rumonge.

Permanently closed.
Reka mpfé kwìíryāmira, nā kare uwuhîmvye ntaburá ahó aryāmá🤣
27/07/2023

Reka mpfé kwìíryāmira, nā kare uwuhîmvye ntaburá ahó aryāmá🤣

Hashize igihe kirekire, umwami wa Egiputa aratanga: Abisirayeli banihishwa no kuba mu buja, barataka; ugutaka batakishwa...
26/07/2023

Hashize igihe kirekire, umwami wa Egiputa aratanga: Abisirayeli banihishwa no kuba mu buja, barataka; ugutaka batakishwa n'ubgo buja kuraduga, gushika ku Mana*
🖊️Kuvayo 2:23🖊️
Ncuti mukundwa sinzi ubuja urimwo Kano gatondo,bishobora kuba aringwara ,ivyago namakuba,bishobora kuba arivyaha vyakugize umuja wavyo,ashobora kuba arumuntu yakugize umuja wiwe,....

Mbega urakeneye kubivamwo? Ririra Imana,takira Imana,nihira Imana ,ntawayitabaje ngoyice amatwi,Igitondo kimwe,cank umugoroba umwe,Umusi umwe canke ijoro rimwe,Ugutaka kwawe kuzoshikira Imana,Hama Imanukanwe nokugutabara.


Yesu abahezagire cane

30/08/2020
Kinani bwoy
03/08/2020

Kinani bwoy

Address

Rumonge

Telephone

+25762992182

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kinani bwoy posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share