Amakuru y'inkino

Amakuru y'inkino Know a lot about world

15/02/2025
08/07/2024

🛑🚨TONI Kroos na THIAGO Alcantara bompi bafashe ikiruhuko c'izabukuru mu gihe Andres Iniesta akiwutera 😭😭

N'imvi zarameze gusa yaranse guhagarika !😭

Ashobora kuba afise amadeni menshi kuko ayo mahera aguma arondera yoba ariko arayatwara hehe??

Fata akaruhuko mutama😭

Bouuuuh birangiye Real Madrid C.F.  itumenyesheje ko Kylian Mbappé yasinye iwabo.
04/06/2024

Bouuuuh birangiye Real Madrid C.F. itumenyesheje ko Kylian Mbappé yasinye iwabo.

31/01/2024

🚨 Javier Tebas prezida wa La Liga ashikiriza iciyumviro ciwe kuri Kylian Mbappé kuja muri Real Madrid :

« Hari amahirwe menshi ko Kylian Mbappé azoja muri Real Madrid. N'ibice birenga 50%. Iki n'iciyunviro canje ariko bizovana na Real kuko nibo bazohitamwo. »

31/01/2024

🛑🚨WARUBIZI?? Ibi ni Ibintu bitari bwigere bibaho mw'ihiganwa ry'ibihugu iryariryo ryose muri kahise k'umupira w'amaguru...

Mu migwi 8 yash*tse muri kimwe ca kane muri CAN iheruka ya 2021, nta n'umwe wash*tse muri kimwe ca kane muri iyi CAN 2023 😳

Umugwi wose, wasubiriwe n'uwundi

➡️Imigwi yash*tse muri kimwe ca kane muri CAN 2021:

Sénégal, Égypte, Maroc, Burkina Faso, Guinée-Équatoriale, Gambie, Cameroun, Tunisie

➡️Imigwi yash*tse muri kimwe ca kane muri iyi CAN 2023:

Nigeria, RD Congo, Angola, South Africa, Mali, Cap-Vert, Guinée, Côte d’Ivoire

Ibi vyerekana uguhangana gukomeye kuri mu mupira w'amaguru muri Afrika

Unreal 😮

31/01/2024

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Ñēõ Kīdd Õg, Ahishakiye Kevin, Pascal Mpawenayo, Reverien Ndereyimana, Flerry Øg Mugisha, Masengesho Bertrand, Edy Smith Iteriteka, Irankunda Elvis

26/01/2024

Msimamo wa juu wa mapato wa Real Madrid katika ulimwengu wa mpira wa miguu, Man City 2, Barca 4
Masaa 17 iliyopita / autty
Real Madrid imetajwa k**a kilabu cha mpira ambacho huleta pesa nyingi, kulingana na Deloitte. Kulingana na msimu uliopita, Los Blancos inashika nafasi ya juu mbele ya washindani wao, wakati Barcelona na Atletico Madrid ndio pande zingine pekee za Uhispania kuifanya katika 20 bora.

Florentino Perez aliona Real Madrid kupata € 831.4m juu ya kipindi cha msimu uliopita, € 5.5m zaidi ya Manchester City. Ni mara ya kwanza kuchukua nafasi hiyo tangu 2018, baada ya ukuaji wa € 118m. Paris Saint-Germain imekamilisha jukwaa, na Barcelona kufikia alama ya € 800m, nyuma yao tu. Blaugrana alihamia kutoka tarehe 7 mwaka jana hadi nne mwaka huu, kufuatia ongezeko la 61% katika mechi na ongezeko la 45% katika mapato ya kibiashara.

Atletico Madrid ilishuka kutoka 12 hadi 15, kwa sababu ya kushuka kwa mapato kwa 19% kutoka msimu uliopita kiasi cha € 30m, ambayo ilitoka kushuka kwa mapato ya Runinga. Hiyo ilikuwa chini ya ev yao ya kwanza…

26/01/2024

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Ninziza Paisible, Minani Therance

Nani ako karibu twende out?
16/09/2023

Nani ako karibu twende out?

03/06/2022

Address

Juja

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Amakuru y'inkino posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share