Big fizzo vevo

Big fizzo vevo Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Big fizzo vevo, Business Center, Kigali.

28/05/2023

Gasore agarutse kunguvu zidasanzwe arabatumiye uwu muhungu azobatangaza cne

13/05/2023

Belle nice Numwe mubigeme beza
Tuvyemeranye kandi Ubu ngo ntawe barikumwe murukundo🤭

27/04/2023

J-1

Ihiganwa rirabandanye

Contact: 61 84 19 84

13/12/2022

DO YA THINK, B😗👅

19/11/2022

🟥 UMWE MUBAFANA BA SAT-B ARI NO MURONGOYE TEAM SATURA AZWI NKA PATMAN
YARAYE YANDITSE IGITABO ARAGISOZA.

📌 Tuvuze Team Satura Benshi Baca bumva incabwenge ariko kandi intare zikarishe mugufana umuririmvyi wabo.

📌 Uyu muryango ugizwe n’abana bakunda ivyigwa, bubaha kandi bafise ihangiro bivanye n’ubukerebutsi benshi bababonamwo.

📌 Dj Patman Uyu ni umwe muri Benshi bagiye baronka impapuro z’umutsindo muvyigwa bagiye banonosora.

📌 Lynda Lacosta Irakeje cane uyu muvandimwe Patman.

📌 Mukamenya yuko Team Satura Ariyo Team Yambere yatanguye gukangurira abarundi gukoresha imbuga nka Facebook, Youtube n’izindi ...

14/11/2022

Uwu musore igikundiro ciwe ngo catumye belle nice amuha cadeau ?
Ngoyoba ayoboye nezza Mumuziki?
Mbega ubwo satb abibonye biza.guhererahe
NB :belle nice yubahwe ngo.niryoryambere abigiriye umu fana wiwe 👌 nabandi barinyuma

14/11/2022

Ntibikiri ibanga
Ntibikiri urukururukuru
Belle nice ahaye Gift umu fans wiwe benshi baramuzi murino.muziki
Kwakora cane ndetse afise nimpano zigiye zitandukanye
Ni pathman benshi namuzi muri team satura
Yahawe i cadeau na belle nice asanzwe ari madamu wumuririmvyi wigihangange satb satura ninde amuzi uwumuhungu????
Mbega belle nice gushimira umu fans wiwe vyari bikwiye?

29/10/2022
Ntagusiba
05/09/2022

Ntagusiba

29/08/2022

🎬🔥

Address

Kigali

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Big fizzo vevo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share