Menedola Niyimbona

Menedola Niyimbona Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Menedola Niyimbona, Bujumbura.

Mwaramutse neza bakunzi banjeMugire umusi mwiza
27/08/2026

Mwaramutse neza bakunzi banje
Mugire umusi mwiza

Ijoro ryiza bakunzi banje 🥰Uhoraho abarinde muramuke amahoro
24/08/2026

Ijoro ryiza bakunzi banje 🥰
Uhoraho abarinde muramuke amahoro

24/08/2026
1 Ab'i Tesalonike 5:18 Mwame mukenguruka muri vyose, kuko ico ari co Imana ibagombako muri Kristo Yesu.1 Thessaloniciens...
24/08/2026

1 Ab'i Tesalonike 5:18

Mwame mukenguruka muri
vyose, kuko ico ari co Imana ibagombako muri Kristo Yesu.

1 Thessaloniciens 5:18

Rendez grâces en toutes choses, car c'est à votre égard la volonté de Dieu en Jésus Christ.

Mwaramutse neza bakunzi banje 🥰Hamwe n,incuti yanje turabipfurije igitondo ciza n, umusi mwiza iy,indwi mutanguye izobab...
24/08/2026

Mwaramutse neza bakunzi banje 🥰
Hamwe n,incuti yanje turabipfurije igitondo ciza n, umusi mwiza iy,indwi mutanguye izobabere iy,umugisha murondere muronka turabakunda cane 💕

Iguhe ico umutima wawe wifuza,Ish*tse inama zawe zose.Zaburi 20:4
24/08/2026

Iguhe ico umutima wawe wifuza,
Ish*tse inama zawe zose.
Zaburi 20:4

23/08/2026

Kuber, Imana muzongera musubire kwiyubaka ukundi gusha bagenzi nubwo bigoge mwihangane Imana niyo izotuma bikunda

Twari tuhafitiye icizere cejo hacu hazoza kandi ahoheza twavuga twaguma dutera intabwe tuhagana burimusi . Mumisi mike t...
22/08/2026

Twari tuhafitiye icizere cejo hacu hazoza kandi ahoheza twavuga twaguma dutera intabwe tuhagana burimusi .
Mumisi mike twahabaye haduhaye ivyizigiro cuko bishoboka , Hanyeretseko umwana wumukobwa ashobora kugirigwa ubuntu n'IMANA akaronka ico akora , maze iyo agize ubwenge , akabifatanya no gukora cane , akunaha nakazi kiwe maze iyo IMANA ihaye umugisha imirimo yiwe ashobora gushika kure . hampishuriyeko bishoboka ko umwana wumukobwa yokora akabaho abeshejweho nibikogwa vyiwe bwite ndetse akubaka ibintu bikomeye cane akanashika no kunzozi ziwe .
Hampishuriye imbaraga zikomeye ziri muri jewe🙏
Kugira umutima ukomeye biravuna ariko ningombwa.

Nubwo muvyo narimfise atakintu nakimwe nashoboye kurokora mubigaragara , ariko basi ndahashimira kuko ubwambere ntarahaja ntacizere nari nifitiye , ariko uyumusi hansigiye icizere cuko IMANA niyongera kumpa ayandi mahigwe " BIRASHOBOKA " sinzotinya kwongera guhera mubusa kuko harampishuriyeko UWITEKA ahindura ubusa akabugira igihumbi .
Hadusigiye inzozi nyinshi twari twizeye ko tuzoshikako kubwaho , hasize hatuvunye umutima , hadusize mumarira ariko harikintu kimwe kandi gikomeye hadashobora kutwiba naco niki : TURACAHUMEKA , IMANA IRACARIKUMWE NATWE , DUFISE ICIZERE GIKOMEYE .

KO tugihumeka , ko tugifise IMANA biracashoboka. 🙏🙏

Abakunzi banhe mwese mwakoze kubwo kumba hafi no kunyihanganisha Yesu abahe umugisha cane 🙏

Ndihanganishije bagenzi banje bose twagiriye ikibazo hamwe . Nukuri muhumure nubwo tubabaye reka agahinda kacu tugature IMANA 🙏
Iyadukoreye biriya nibindi izobikora .
Dufise intahe 🙏
Alvella Collection

Ntakure Imana itokura umuntu kandi ntanaho iyomush*tsa Isabato nziza bakunzi banje 🥰
21/08/2026

Ntakure Imana itokura umuntu kandi ntanaho iyomush*tsa

Isabato nziza bakunzi banje 🥰

21/08/2026

Nukuri ntamarira nabonye adahoza
Komerezaho mukobwa wiwacu Imana imbere

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Menedola Niyimbona posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share