FashionZone Burundi

FashionZone Burundi BERWA BERWA ,GET YOUR LOOK WITH FASHIONZONE
KARIBU MWESE KWIDUKA YACU YITWA FASHION ZONE MAZE URONKE IMPUZU YOSE WIPFUZA.

DUKORERA KAMENGE KURYA 13,KURI PAVE IJA KW’IVURIRO KWA BUYENGERO
♦️Duhamagare kuri:+257 67040575
♦️Whatsapp ni:+254 722 201 519

Welcome in FashionZoneBurundi We are on the Top 🔥
17/12/2025

Welcome in FashionZoneBurundi
We are on the Top 🔥

UKU NIKWO TWAMBITSE UMU HIT MAKER WACU D-ONE Offical AHO YARAGIYE MUKIGANIRO KURI IMWE MUMA RADIO YAHA IWACU😍🔥KARIBU NAW...
11/12/2025

UKU NIKWO TWAMBITSE UMU HIT MAKER WACU D-ONE Offical AHO YARAGIYE MUKIGANIRO KURI IMWE MUMA RADIO YAHA IWACU😍🔥

KARIBU NAWE TUKWAMBIKE UBERWE KIKABEYI KEZA
➡️ whatsapp:+254722201519

➡️Iyisanzwe:+25767040575

Welcome all Kuri shop Twamaze kwugurura , Karibu tubahe Impuzu nziza kukabeyi keza cane.
24/11/2025

Welcome all Kuri shop Twamaze kwugurura , Karibu tubahe Impuzu nziza kukabeyi keza cane.

  wishes you a very wonderful Sunday to you all🫶🏻🙏KARIBU KANDI K’IDUKA YACU HARI IMPUZU NDETSE N’IBINDI VYOSE MWIPFUZA K...
23/11/2025

wishes you a very wonderful Sunday to you all🫶🏻🙏
KARIBU KANDI K’IDUKA YACU HARI IMPUZU NDETSE N’IBINDI VYOSE MWIPFUZA KUKABEYI KATAVUNA🙏

FASHION ZONE BURUNDI IRAHAYE KARIBU MWEBWE MWESE MWIPFUZA KWAMBARA NEZA KANDI MUKABERWA KUKABEYI KATAVUNA.   IKABA ARI I...
22/11/2025

FASHION ZONE BURUNDI IRAHAYE KARIBU MWEBWE MWESE MWIPFUZA KWAMBARA NEZA KANDI MUKABERWA KUKABEYI KATAVUNA. IKABA ARI IDUKA YA D-ONE Offical .
KARIBU MUMUSHIGIKIRE NKUKWO MWAMA MUBIKORA ,AKABA ARI IYINDI NTAMBWE ATEYE MUBIKORWA VYIWE MURAKOZE CANE🙏

Abndi bamaze kuhagera mweho muridiriye iki Welkome everyone tubahe ibintu vyiza   Burundi
11/11/2025

Abndi bamaze kuhagera mweho muridiriye iki

Welkome everyone tubahe ibintu vyiza

Burundi

Address

Bujumbura

Telephone

+25766137227

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when FashionZone Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to FashionZone Burundi:

Share