10/04/2025
๐๐จ๐ฃ๏ธ" kubera iki noshaka gutunga imodoka 10 za Ferrari , amasaha 20 akozwe muri diamant canke indege 2 ?? Ivyo vyose jewe ntavyo nkeneye"
"Nabaye mu bihe bigoye, nakuriye mu bukene, nakina umupira n'ibirenge gusa, nta mashure nize."
"Hako rero ngura ivyo bintu bizimvye, nahisemwo kwubaka amashure kugira abantu bige."
"Ubu mfise ibintu vyinshi , nshaka kubisangira n'abantu banje aho kugura ibizimvye caane ngo ndabiyemereko."
โ
Yubatse ibitaro vy'ibihumbi 600$
โ
Yubatse ishure ry'ibihumbi 300$
โ
Atanga 100$ buri kwezi ku miryango itiishoboye
โ
Yazanye umuhora wa 4G mu caro c'iwabo
Isabukuru nziza y'amavuko kuri Sadio Mane. Yakwije 33 uno musi ๐ธ๐ณ๐๐
Isabukuru nziza y'amavuko k'umwe mu bakinyi beza mu kibuga no hanze yaco
Umwe mu bakinyi ba mbere bafise umutima mwiza kandi bakundwa n'abatari bake kubera ukuntu afasha, anicisha bugufi
Umwe mu basatirizi ba mbere beza kw'isi muri iyi myaka 10 irangiye! Mu bihe vyiwe NTIYAHAGARIKWA! โก
Happy birthday again, Sadio๐ธ๐ณโค๏ธ๐๐
Koresha code promo JOSH257 wironkere bonus ya 200% kuri dรฉpรดt yambere